Coach Bawili Yitavye Imana Giturumbuka

Saturday May 25, 2019 Comments

Uwahoze ari umumenyereza wa Les lièrres akongera akaba n’umukinyi wa kera w’Umugwi Athletico Olympic Bawili benshi bazi kw’izina rya Mutombo yitavye Imana giturumbuka.
Mu gatondo ko […]

...
More

Umuririmvyi rurangiranwa Nzigamasabo Vianney benshi bazi kw’izina rya Vichou Love yitezwe gukora ibintu bikomeye ku musi wahariwe Intamba.
Mugihe harindiranywe igishika urukino rukomeye rwa kivandimwe ruzohuza […]

...
More

Umusatirizi w’intamba mu rugamba z’abatarenza imyaka 23 Ulimwengu Jules yaraye afashije Rayon Sports gutwara igikombe c’ihiganwa ryo mu Rwanda Azam Premier League.
Hari kuri uyu wa […]

...
More

Uwahoze ari kizigenza w’intamba mu rugamba Saido Ntibazonkiza yoba ariko arimenyereza kugira azokwifadikanye n’abandi mu mugwi nserukiragihugu?
Ayo namwe mu majambo abakunzi b’intamba mu rugamba ndetse […]

...
More

Kizigenza w’intamba mu rugamba Ndikumana Seleman yaraye agize igisabisho ca Umrah imbere y’uko afata indege imushikana I Bujumbura.
Ku musi wa kabiri igenekerezo rya 23 Rusama […]

...
More

Abarundi benshi bama bibaza umusi n’igihe inkino z’intamba mu rugamba zizoberako mu mahiganwa ya CAN 2019 azobera muri Egiputa mukwezi buca dutangura, tukaba twamaze kuronka […]

...
More