Burundi : igiciro c’icayi ku murimyi kigiye kuduzwa
Igiciro ku kiro kimwe c'amababi y'icayi kigiye kuva ku mafaranga amajana atanu (500f) gishirwe ku gihumbi (1000) mu mafaranga y'amarundi. Ni imwe mu ngingo zizwe zongera ziremezwa n'imama nshikiranganji…
























