Papy Faty azoshingurwa nk’umu Islam
Mutoyi w'umuhisi Papy Faty ariwe Iddy Faty yavuze y'uko mukuru we azoshingurwa nk'umu Islam. Inyuma y'amajambo menshi aguma akwiragizwa henshi avuga y'uko hari ukutumvikana k'ukungene umuhisi Papy Faty!-->!-->!-->!-->!-->…