Uwabonye Papa wa sengazi atwenza ngo ntiyobona umuhungu wiwe
Mika sengazi ngo ntiyigeze yibaza ko atanguye gukina Comedie, ariko ngo buke buke yahavuye yisanga yamaze gutangura gukina. Ariko kandi akaba avuga ko iyo ngabire anayisangiye na se, naho we ngo atayicisha ifaranga, kuko…