#Tuvugane: Amasaha aharurwa ku ntoke kugira abarundi bari muri America batangure ibirori
Mugihe iguhugu c’Uburundi citeguriye guhimbaza imyaka 59 iheze cikukiye, abarundi bari muri Amerika barateganije kwifatanya n’abandi kuri uwo munsi utoroshe. Igiteramo categuwe n’ishirahamwe "Tuvugane" risanzwe…