Yoba ariyo Vichou Love yavuga?
Umuririmvyi Vichou love inyuma y'urugendo yakoreye I Kigali mu Rwanda, akahakorera ibiganiro bitari bike, birimwo ivyaciye ku mbuga ngurukanabumenyi co kimwe n'imboneshakure zisanzwe, hakanamenyekana ko hoba hari…
Umuririmvyi Vichou love inyuma y'urugendo yakoreye I Kigali mu Rwanda, akahakorera ibiganiro bitari bike, birimwo ivyaciye ku mbuga ngurukanabumenyi co kimwe n'imboneshakure zisanzwe, hakanamenyekana ko hoba hari…
Igenekerezo rya 26/11 I Kigali hazoba igiteramo kizitabirwa n'abasore babarizwa muri Biliman Boy. Ico giteramo kikaba citiriwe Buja in Kigali. Ico giteramo kizoba kibaye ica mbere abo basore bakoreye i Kigali, mu…
Emery sun ngo yoba yarahembwe amafaranga y'igiteramo Kandi ataririmvye, ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na Queen Of Buzz Ariwe Nelly Nat, aho yashikiriza ko habayemwo ubusuma mw'itegurwa n'urutonde…
Abiyitirira abandi ngo bamaze kuba benshi ku mbuga ngurikanabumenyi, Ami pro nawe akaba yamaze kwinjira muri ico gitigiri aho yanditse asaba abantu ngo babe maso. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook, uwo…
Miss Earth irabandanya ukuri kwamya, ibirori vy'iryo higanwa risigaje imisi iharurwa ku ntoke ngo rihere biheruka bikaba vyabaye kuri uyu a gatatu. Muri ivyo birori wa mwigeme yaserukira Uburundi, Miss Claudie…
Ihiganwa ry'abigeme rigiye kubandanya kundwi igira gatatu kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 26 Munyonyo 2022: - Isaha zine zo mugitondo 10h00 ku kibuga Urunani , Umugwi Les Lionnes uzokwakira Etoile M -…
Ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere ku rwerwo rw’igihugu Primus League rigiye kubandanya kundwi igira 14. Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 25 Munyonyo 2022: - Isaha icenda 15h00 ku kibuga Urunani , Umugwi Rukinzo Fc…
Umugwi w’Urunani ubandanya uvyitwaramwo neza mu nkino za RoadTobal Elite 16 ziriko zibera i Johanesbourg muri Africa y’epfo. Hari kuri uyu wa kane igenekerezo rya 24 Munyonyo 2022 , aho umugwi Urunani wa hano iwacu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.