Karate Burundi : Umugwi Léopard niwo waraye utahukanye igikombe n’imidari myinshi
Ihiganwa rya karate ryari ryateguwe ku rwego rw’igihugu n’ishirahamwe rya Karate mu Burundi ( FEBUKA) ryaraye risozerewe. Iryo higanwa ryatanguye kuva ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 23 gushika ku musi w’Imana…























