Espérance Ndoricimpa ni umuvugabutumwa akongera akaba n'umuririmvyikazi asanzwe aba muri Leta zunz’ubumwe za Amerika. Uretse indirimbo agiye gushira ahabona vuba, hari igikorwa c'ivugabutumwa no gufasha abatishoboye…
Imiryango yababa ibihumbi 10 n'iyo yakozweko n'imvura yaguye ku munsi wa gatatu w’ino ndwi muri zone Ngoma komine Gashikanwa intara ya Ngozi .Amashure hamwe n'mirima igizwe n’ibiharage , ibitoke hamwe …
Imyaka 20 iraheze imiryango y'Abatwa baba mu gacimbiri Bukiranzuki muri komine Matongo ntara ya Kayanza bubakiwe amazu ariko ntibarasakarirwa Abo basangwa butaka bavuga ko bubakiwe muri ayo mazu hagati y'umwaka wa…
Ubukene bw'ibikoresho mfasha nyigisho biri mubihanze igisata c’indero mu ntara ya Makamba. Hari amashure atagira ibitabo naho biri ugasanga ntibikwiye ibituma abarerwa n'abarezi badashobora gukora imirimo yabo. Mu…
Bamwe mu banyagihugu baba mu gisagara ca Bujumbura basaba ko akamo k’umukuru w’igihugu ko ku wa 10 Mukakaro umwaka wa 2024 ko kugarukira isuku mu gisagara.Abo banyagisagara bavuga nk’ibibanza biri ahegereye uruzi…
Umuririmvyikazi Natacha Ngendabanka ,inyuma y'ikiringo hafi c'amezi atatu Ku mugabane wa Buraya agiye gutunganya ibikorwa bitari bike harimwo gusohora indirimbo nshasha imbere yuko umwaka wa 2024 urangira. Akigenda…
Abigeme biga muri kaminuza y'Uburundi, bashikiriza ko batabona akamaro k'umusi wahariwe kugwanya amabi akorerwa abakenyezi n'abigeme mu gihe hacibonekeza abakenyezi canke abigeme bafatwa ku nguvu. Ukwo…
Abadandaza bahoze bakorera ahahoze isoko ry’imbaho aho bita Kukabasazi yadutsemwo umuriro mw’ijoro ryo kuwa 15 Nyakanga 2024 igice kitari gito carimwo imbaho kirasha , kuva ivyo bibaye hahavuye hafatwa ingingo ko abahora …
Inyuma yo gukatisha itike urikuye k'umugwi Dynamo BBC mu nkino za playoff,uwo mugwi ugaca uronka uburenganzira bwo kwitabira inkino za Road to BAL zabereye muri Tanzaniya,Umugwi Urunani BBC ugiye kwitabira inkino inkino…
Abafise amazu afise ingendeshwa z'unguruza abantu n'ibintu bafise imparati zo mu bihugu bibanyi bikorera mu Burundi barasaba kuronswa igitoro kuko bitaborohera kumvo zuko batanditswe mu buhinga Igitoro pass . Abo…
Haraheze ikiringo c'imisi itatu abakozi bakorera ku kivuko ca Bujumbura batariko bararangura imirimo yabo bakavuga ko vyatumwe n'ubuhinga bakoresha bita "Ascyuda" butariko burakora muri kino gihe.Ikigo…
Muri kino gihe c’urushana Imiryango y’abatwa bo mu gacimbiri Munyika ,umutumba Gitwe muri komine ya Matongo intara ya Kayanza iratabaza abajejwe intwaro muri kino gihe ngo kubaronsa ibisakazo vy’inzu bubatse mw’ihimirizwa…
Abana bashika 607 bari hagati y'imyaka 9 na 17 agateka kabo karahohotewe mu mezi 12 arangiye biciye murudandazwa bakorewe nk’uko vyemezwa n'urunani rw’wmashirahamwe yitaho ineza y’abana FENADEB.Yamara urwo runani…
Bamwe mu banyagihungu baba muri komine ya Mwumba intara ya Ngozi bavuga ko guharika bitarahera muri ico gice ,bagasigura ko bamwe mubakora ivyo babikora nk’ubuhizi.Nubwo biruko bamwe nbaremeza ko iyo ngendo ifise ingaruka ku…
Abagabo 7 baramaze kwitaba Imana mu kiringo camezi 10 kuva umwaka wa 2024 utanguye biturutse kwihohoterwa bakorerwa n'abo bubakanye. Abagabo bashika 51 nabo baramaze kwitura ishirahamwe "Abagabo mu…
Urukino rwahuje umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba nn’igihugu ca Sénégal kuri uyu wa kabiriigenekerezo rya 19 Munyonyo 2024 rwarangiye Sénégal itsinze Uburundi ibitsindo 2 ku busa. Igitsindo ca mbere co muri urwo…
Abasanzwe badandaza ibinyobwa vya Brarudi ku murwa mukuru w’intara ya Makamba baridogera akamwana wa mama karanga itangwa ryavyo .Abajejwe intwaro baragabisha bakavuga ko muri kino gihe badahengeshanya guca amahadabu abikika…
Abunguruza abantu bo mu ntara ya Gitega baridogera abatanga igitoro ku ma sitasiyo ko bagitanga bisunze ikimenyane,bigatuma baja kukigura mu kinyegero maze ibiciro vyo kwiyunguruza bigaca bizimba. Bamwe mubunguruza abantu…
Ishirahamwe BAAHO rihurikiyemwo abarundi baba muri reta ya Arizona muri Reta Zunzubumwe za Amerika ryaratanze impamyabushobozi ku bavyeyi n'abana baba muri ico gihugu rifatanije na kaminuza ya Arizona. Izo…
Umuririmvyi akomoka mu gihugu c'u Rwanda Kitoko ubu abarizwa mu gihugu c'Ubwongereza yasohoye ubushasha indirimbo "Yasa n'irirenga" yaririmbwe n'umuririmvyi w'inararibonye Burikukiye Prosper…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.