Ash Jaffar yaraye yinjije ibitsindo bitatu wenyene
Umukinyi w’umurundikazi asanzwe akina mu gihugu ca Tanzania mu mugwi Simba Queens Asha Jaffari yaraye abiciye biracika. Hari kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 22 Nzero 2025 ku kibuga ca KMC Complex aho umugwi Mlandizi…














