Indundi Culture | Radio
  • Qui nous sommes
  • Programmes
  • radio
  • Actualités
    • Culture
    • Education
    • Sante
    • Economie
    • Environement
    • Politique
    • Justice
    • Droits de l’homme
    • Sport
    • Société
    • sécurité
    • Coopération
    • Divertissement
  • Magazine
  • Journaux
    • Journal en Français
    • Amakuru mu kirundi
  • Contacts
  • Language
  • Grille des programmes
  • IndundiRadioLive
Indundi Culture | Radio
Indundi Culture | Radio
  • Qui nous sommes
  • Programmes
  • radio
  • Actualités
    • Culture
    • Education
    • Sante
    • Economie
    • Environement
    • Politique
    • Justice
    • Droits de l’homme
    • Sport
    • Société
    • sécurité
    • Coopération
    • Divertissement
  • Magazine
  • Journaux
    • Journal en Français
    • Amakuru mu kirundi
  • Contacts
  • Language
  • Grille des programmes
  • IndundiRadioLive
  • Home
  • Nzohabonayo Rajabu
  • Page 2
Nzohabonayo Rajabu

Nzohabonayo Rajabu

Intamba z’abigeme batarenza imyaka 20 baraye batsinzwe na Zambia
Burundi

Intamba z’abigeme batarenza imyaka 20 baraye batsinzwe na Zambia

Ntivyagendeye neza umugwi nserukira gihugu w’Uburundi Intamba mu rugamba w’abigeme batarenza imyaka 20 kuko waraye utsindiwe ku kibuga Intwari . Kuri uyu wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya 19 Nyakanga 2025 niho umugwi…

Nzohabonayo RajabubyNzohabonayo Rajabu
September 20, 2025
150
Umugwi nserukira gihugu waraye ukoze imyimenyerezo igira kabiri
Entertainment

Umugwi nserukira gihugu waraye ukoze imyimenyerezo igira kabiri

Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 2 Nyakanga 2025 i Abidjan muri Côte d’Ivoire umugwi nserukira gihugu w’Uburundi wakoze imyimenyerezo igira kabiri yo kwitegurira igihugu ca Côte d’Ivoire mu rukino rwo kurondera igikombe…

Nzohabonayo RajabubyNzohabonayo Rajabu
September 3, 2025
162
Karate Burundi : Umugwi Léopard niwo waraye utahukanye igikombe n’imidari myinshi 
Entertainment

Karate Burundi : Umugwi Léopard niwo waraye utahukanye igikombe n’imidari myinshi 

Ihiganwa rya karate ryari ryateguwe ku rwego rw’igihugu n’ishirahamwe rya Karate mu Burundi ( FEBUKA) ryaraye risozerewe. Iryo higanwa ryatanguye kuva ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 23 gushika ku musi w’Imana…

Nzohabonayo RajabubyNzohabonayo Rajabu
August 25, 2025
244
Sudi Abdallah yaraye afashije umugwi PERSIJAP Jepara gutsinda umugwi Persib 
homepage

Sudi Abdallah yaraye afashije umugwi PERSIJAP Jepara gutsinda umugwi Persib 

Hari ku musi w’Imana uheze igenekerezo rya 17 Myandagaro 2025 aho umugwi PERSIJAP Jepara usanzwe ukinamwo umusatirizi w’Intamba mu rugamba Sudi Abdallah wahura n’umugwi Persib mu rukino rw’indwi igira 2 rw’ihiganwa ryo mu…

Nzohabonayo RajabubyNzohabonayo Rajabu
August 21, 2025
243
Kamana Karim yoba agiye gukinira umugwi Al Hilal Omdurman wo muri Sudani
Entertainment

Kamana Karim yoba agiye gukinira umugwi Al Hilal Omdurman wo muri Sudani

Inyuma yo gutorwa nk’umukinyi mwiza yaranze ihiganwa rya Primus League 2024-2025, umukinyi wo hagati w’umugwi Aigle Noir Cs Kamana Karim yerekeje mu mugwi Al Hilal Omdurman wo muri Sudani. Ku makuru Indundi Sports twaronse…

Nzohabonayo RajabubyNzohabonayo Rajabu
August 21, 2025
763
Ndayishimiye Youssouf yaraye agendeye ubuserukizi bw’Ububirigi mu Burundi 
Entertainment

Ndayishimiye Youssouf yaraye agendeye ubuserukizi bw’Ububirigi mu Burundi 

Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 20 Myandagaro 2025 umukinyi mpuzamakungu w’intamba mu rugamba Ndayishimiye Youssouf ( Nyange) asanzwe akinira umugwi OGC Nice ukina mu cicaro ca mbere mu Bufaransa yaraye agendeye Michael…

Nzohabonayo RajabubyNzohabonayo Rajabu
August 21, 2025
147
Muhimpundu Rashid yerekeje mu mugwi Muhazi Fc wo mu gihugu c’Urwanda
Entertainment

Muhimpundu Rashid yerekeje mu mugwi Muhazi Fc wo mu gihugu c’Urwanda

Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 20 Myandagaro 2025 niho umugwi Muhazi United ukina mu cicaro ca mbere mw’ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu gihugu c’Urwanda wasinyisha umumenyereza w’abanyegori Muhimpundu Rashid benshi…

Nzohabonayo RajabubyNzohabonayo Rajabu
August 21, 2025
161
Ndikumana Youssouf Lule yerekeje muri Dodoma Jiji Fc 
Entertainment

Ndikumana Youssouf Lule yerekeje muri Dodoma Jiji Fc 

Uwahoze ari umumenyereza w’umugwi Royal Vision Fc Ndikumana Youssouf Lule yerekeje mu mugwi Dodoma Jiji Fc ukina mu cicaro ca mbere mu gihigu ca Tanzania. Imbere y’uko Ndikumana Youssouf Lule yerekeze muri Dodoma Jiji Fc uwo…

Nzohabonayo RajabubyNzohabonayo Rajabu
August 18, 2025
165
Musitanteri wa komine Ngozi niwe agiye kurongora umugwi Ngozi City
Entertainment

Musitanteri wa komine Ngozi niwe agiye kurongora umugwi Ngozi City

Ndikuryayo Dominique asanzwe arongoye komine ya Ngozi niwe agiye kuramutswa ubuyobozi bw'umugwi Ngozi City usanzwe ukina mu cicaro ca mbere. Hari kuri uyu wa gatandatu uheze igenekerezo rya 16 Myandagaro 2025 igihe…

Nzohabonayo RajabubyNzohabonayo Rajabu
August 18, 2025
325
FIFA yahaye uruhusha Kiyovu Sports rwo gukinisha umukinyi w’umurundi Cédric Amissi 
A la Une

FIFA lève l’interdiction : Cédric Amissi prêté à Kiyovu Sports pour la saison 2025-2026

Après un an de sanctions, Kiyovu Sports voit la FIFA lever l’interdiction de recrutement et pourra désormais faire jouer le Burundais Cédric Amissi pour la saison 2025-2026. Le milieu de terrain rejoint le club rwandais aux…

Nzohabonayo RajabubyNzohabonayo Rajabu
August 14, 2025
207
FIFA yahaye uruhusha Kiyovu Sports rwo gukinisha umukinyi w’umurundi Cédric Amissi 
Entertainment

FIFA yahaye uruhusha Kiyovu Sports rwo gukinisha umukinyi w’umurundi Cédric Amissi 

Inyuma yo kumara umwaka umwe umugwi Kiyovu Sports wo mu gihugu c’Urwanda utemerewe kugura umukinyi n’umwe bivanye n’ibihano FIFA yari yawufatiye ku mvo z’uko hari amafaranga wari uheraniye abakinyi bahoze bawukinira hamwe…

Nzohabonayo RajabubyNzohabonayo Rajabu
August 14, 2025
166
Gambia igiye kwakirira Uburundi mu gihugu ca Kenya 
Entertainment

Gambia igiye kwakirira Uburundi mu gihugu ca Kenya 

Umugwi nserukira gihugu wa Gambia ugiye kwakirira Uburundi mu gihugu ca Kenya mu nkino zo kurondera itike yo kwitabira igikombe c’isi c’umwaka wa 2026 kizobera mu bihugu bitatu arivyo America,  Mexico hamwe na Canada. Impamvu…

Nzohabonayo RajabubyNzohabonayo Rajabu
August 14, 2025
294
Stade Intwari mu bibuga CAF yashize ahabona bigiye kwakira inkino mpuzamakungu
Entertainment

Stade Intwari mu bibuga CAF yashize ahabona bigiye kwakira inkino mpuzamakungu

Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru CAF ryaraye rishize ahabona ibibuga vyemewe kwakira inkino mpuzamakungu. Ivyo bibuga CAF ivuga y’uko biri mu muce ugira 2 kandi vyemewe kwakira nk’inkino za CAN -17 , U20 hamwe na -23 , hamwe…

Nzohabonayo RajabubyNzohabonayo Rajabu
August 14, 2025
313
Amissi Tambwe yagizwe Manager w’umugwi Singida Black Stars
Kirundi

Amissi Tambwe yagizwe Manager w’umugwi Singida Black Stars

 Inyuma yo kuba umumenyereza w’umugwi wo mu cicaro ca kabiri mu Burundi witwa Big Green akaba no muri Staff y’umugwi Aigle Noir , umukinyi wakera w’Intamba mu rugamba na Vital’o Fc Amissi Tambwe yagizwe Manager w’umugwi…

Nzohabonayo RajabubyNzohabonayo Rajabu
February 22, 2025
355
Uburundi bugiye kwakirira Côte d’Ivoire na Seychelles muri Maroc
homepage

Uburundi bugiye kwakirira Côte d’Ivoire na Seychelles muri Maroc

Umugwi nserukira gihugu w’Uburundi Intamba mu rugamba ugiye kwakirira ibihugu vya Côte d’Ivoire na Seychelles mu gihugu ca Maroc muri za nkino zo kurondera itike yo kwitabira igikombe c’isi c’umwaka wa 2026. Ivyo tukaba…

Nzohabonayo RajabubyNzohabonayo Rajabu
February 11, 2025
318
Youssouf Ndayishimiye mu bakinyi 11 beza b’abanyafrika bakina ku mugabane wa Buraya
homepage

Youssouf Ndayishimiye mu bakinyi 11 beza b’abanyafrika bakina ku mugabane wa Buraya

Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 8 Ruhuhuma 2025, urubuga rwa Sofascore rwarashize ahabona urutonde rw’abakinyi 11 bamuka ku mugabane wa Africa bariko bigenza neza kuva umwaka w’inkino wa 2024 -2025 utangura muri ya…

Nzohabonayo RajabubyNzohabonayo Rajabu
February 9, 2025
332
FFB : Umwambaro ugiye gutuma imigwi icibwa ihadabu ry’ibihumbi 100 vy’amarundi
homepage

FFB : Umwambaro ugiye gutuma imigwi icibwa ihadabu ry’ibihumbi 100 vy’amarundi

Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 03 Ruhuhuma 2025, igisata kijejwe amahiganwa mw’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi, FFB carungikiye amakete imigwi ikina mu cicaro ca mbere mu Burundi. Muri ayo makete, ico gisata…

Nzohabonayo RajabubyNzohabonayo Rajabu
February 4, 2025
246
Destin Maniriho yaraye akinye urukino rwiwe rwa mbere muri AS FAR RABAT
Kirundi

Destin Maniriho yaraye akinye urukino rwiwe rwa mbere muri AS FAR RABAT

Umukinyi w’umurundi yari asanzwe akinira umugwi w’igiporisi c’Uburundi Rukinzo, Destin Maniriho yaraye akinye urukino rwa mbere mu mugwi wiwe Mushasha As Far Rabat usanzwe uri mw'ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere muri…

Nzohabonayo RajabubyNzohabonayo Rajabu
February 3, 2025
525
1
Etienne Ndayiragije abandanya atanga icirwa ku mugwi wo muri Kenya
homepage

Etienne Ndayiragije abandanya atanga icirwa ku mugwi wo muri Kenya

Kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 02 Ruhuhuma 2025, umugwi Police Fc waraye wakiriye umugwi Sofapaka Fc ku kibuga Kenyatta Matchakos kiri mu gisagara ca Nairobi mu rukino rw’indwi igira 19 rw’ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere…

Nzohabonayo RajabubyNzohabonayo Rajabu
February 3, 2025
551
1
Youssouf Ndayishimiye yahaye agashirukabute abakinyi ba Aigle Noir
Kirundi

Youssouf Ndayishimiye yahaye agashirukabute abakinyi ba Aigle Noir

Umukinyi wa kera w’umugwi Aigle Noir Cs w’i Makamba muri kino gihe asanzwe akina mu Bufaransa mu mugwi OGC Nice Youssouf Ndayishimiye yemereye abakinyi ba Aigle Noir Cs agashirukabute. Hari kuri uyu w’Imana…

Nzohabonayo RajabubyNzohabonayo Rajabu
January 27, 2025
491
  • Previous
  • 1
  • 2
  • 3
  • Next

Latest News

Kwubahiriza amategeko y’ibarabara, bikingira ubuzima bw’abarikoresha

Kwubahiriza amategeko y’ibarabara, bikingira ubuzima bw’abarikoresha
Janvier NzokurigombabyJanvier Nzokurigomba
November 23, 2026
108
FacebookTwitter
Pinterest

Un incendie ravage le marché de Buramata à Bubanza

Un incendie ravage le marché de Buramata à Bubanza
Alexis  NkeshimanabyAlexis  Nkeshimana
November 23, 2026
108
FacebookTwitter
Pinterest

Burundi: Rwasa mubahiganirwa ikibanza c’umukuru w’igihugu 

Burundi: Rwasa mubahiganirwa ikibanza c’umukuru w’igihugu 
Janvier NzokurigombabyJanvier Nzokurigomba
November 21, 2026
115
FacebookTwitter
Pinterest

Burundi : l’insuffisance de l’électricité au cœur du désaccord entre le gouvernement et les industriels

Burundi : l’insuffisance de l’électricité au cœur du désaccord entre le gouvernement et les industriels
Égide NahayobyÉgide Nahayo
November 20, 2026
118
FacebookTwitter
Pinterest

Burundi: abarovyi barasaba kwongererezwa ubuhinga bwo kuroba amafi

Burundi: abarovyi barasaba kwongererezwa ubuhinga bwo kuroba amafi
Janvier NzokurigombabyJanvier Nzokurigomba
November 20, 2026
122
1
FacebookTwitter
Pinterest
Indundi Culture | Radio
Copyright © 2023 IndundiCulture Radio - IndundiCulture Radio.
  • Qui nous sommes
  • Programmes
  • radio
  • Actualités
    • Culture
    • Education
    • Sante
    • Economie
    • Environement
    • Politique
    • Justice
    • Droits de l’homme
    • Sport
    • Société
    • sécurité
    • Coopération
    • Divertissement
  • Magazine
  • Journaux
    • Journal en Français
    • Amakuru mu kirundi
  • Contacts
  • Language
  • Grille des programmes
  • IndundiRadioLive
Indundi Culture | Radio
  • Qui nous sommes
  • Programmes
  • radio
  • Actualités
    • Culture
    • Education
    • Sante
    • Economie
    • Environement
    • Politique
    • Justice
    • Droits de l’homme
    • Sport
    • Société
    • sécurité
    • Coopération
    • Divertissement
  • Magazine
  • Journaux
    • Journal en Français
    • Amakuru mu kirundi
  • Contacts
  • Language
  • Grille des programmes
  • IndundiRadioLive
Copyright © 2023 IndundiCulture Radio - IndundiCulture Radio.

Login

Welcome, Login to your account.

Forget password?

Register

Welcome, Create your new account

No account? Go to Sign In

Recover your password.

A password will be e-mailed to you.

Sign In
Indundi Culture | Radio
Live radio & news in one app
Open