Le Burundi franchit une nouvelle étape dans le développement de ses infrastructures sportives. Un mini stade omnisports dédié au handball a été inauguré jeudi 2 avril 2026 à Ngagara, en commune Ntahangwa, par la ministre de…
Ivyatumye ingwara ya Choléra yarasubiriye kugwira muri iyi ndwi cane cane muri zone ya Kinama, Komine Ntahahangwa mu gisagara ca Bujumbura, harimwo inyifato itameze neza y'abanyagisagara baba mu burere buhanamiye iyo…
Umugambi wo kwubaka urugomero rwa Kajeke umaze hafi imyaka 16 woba ugiye guherahezwa? Kuri uyu wa 1 Ndamukiza 2026, Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye yarakiriye ku kirimba kwa Ntare uwurongoye ikigo mpuzamakungu…
Ivyaturikiye mw'ikambi y'abasirikare iri muri zone Musaga ngo nta sano bifitaniye n'ivy'abasirikare boba banka kuja muri Repubirika iharanira demokarasi ya Congo. Bishikirizwa na General de Brigade Gaspard…
Abicishije ku rubuga rwa X, Umukuru w'Igihugu, Evariste Ndayishimiye yahumurije abarundi ku vyago vyaraye bibaye mw'ikambi y'abasirikare iri muri zone Musaga, Komine Muha mu gisagara ca Bujumbura, mw'ijoro…
Une visite du pape Léon XIV en Guinée équatoriale se précise. Des images récentes montrent le coordinateur des voyages pontificaux en mission préparatoire dans le pays, signe que le Vatican avance activement dans…
Longtemps marginalisées, les communautés pastorales d’Afrique de l’Est s’imposent désormais comme des acteurs clés dans la lutte contre le changement climatique, mettant en avant leurs savoirs ancestraux pour influencer les…
Agahinda ni kenshi ku mutumba wa Nyamure, uri mu zone Gitaba, komine Rutana, intara ya Burunga kuva inyuma y'umutaga wo kuri uyu wa kane, igenekerezo rya 29 Nzero 2026 aho imvura nyinshi ivanze urubura n’umuyaga mwinshi…
Ishirahamwe rijejwe itunganywa ry'ibitoro mu Burundi SOPEBU ryafatiye ingingo kuri uyu wa kane bene ingendeshwa zunguruza abantu mu gisagara ca Bujumbura zigera kuri 22 kudasubira gukora gushika ku musi wa mbere…
Umushikiranganji muvyo ajejwe harimwo imigenderanire y'Uburundi n'ayandi makungu, Edouard BIZIMANA amenyesha ko hataragera ko imipaka hagati y'Uburundi na Repuburika iharanira Demokarasi ya Congo yugururwa.…
Les experts météorologiques prévoient d'importantes pluies à partir de la mi-mars dans des régions clés de l'Afrique de l'Est, incluant la majeure partie de l'Ouganda, du Rwanda, du Burundi, de la Tanzanie…
Bamwe mu bakenyezi bakora akazi ko gucuruza ibigori vyokeje ku mabarabara mu ntara ya Bujumbura barasaba ko bokworoherezwa muri ako kazi kuko hari aho babuzwa kwotsa ivyo bigori n’abajejwe intwaro kandi…
Dr José Chameleone, ni umuririmvyi yamuka mu gihugu ca Uganda. Aho aherukira mu Burundi mu mpera z'umwaka wa 2025, yarabonanye n'Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye aho yamushikirije icipfuzo c'uko…
Abashingamateka barabaza Umushikiranganji muvyo ajejwe harimwo umutekano igituma hagwizwa ku mabarabara instinga nyinshi zikunze kwitwa ama "barrières" kandi hari abajejwe iperereza henshi kandi bakwiye. Bakabaza…
Alors que les conflits persistent dans la région des Grands Lacs, la Tanzanie s’impose comme un acteur majeur de l’accueil des réfugiés. Hébergeant des dizaines de milliers de personnes venues principalement de la RDC et du…
Urwanda ruvuga ko ruherutse kugiriranira ibiganiro n'Uburundi mu mpera z'umwaka twaraye duhejeje wa 2025. Bishikirizwa na Olivier Nduhungirehe, umushikiranganji w'imigenderanire y'Urwanda n'ayandi…
Ubuyobozi bwa commune Ntahagwa buvuga ko bugiye kwubaka amashure mu turere 3 ari two Gatumba, Kinama na Tenga ahagiye ahanini hibonekeza ibiza. Uwurongoye commune Ntahagwa yabishikiriza ku musi wa kabiri uheze, igenekerezo…
En 2026, la scène culinaire américaine continue de s’ouvrir aux saveurs du monde. À Detroit, l’équipe du restaurant burundais Baobab Fare, déjà reconnu à l’échelle nationale, s’apprête à lancer un nouveau projet qui confirme…
Nk'uko bisigurwa na bano bigeme barwiriyemwo abanyeshure bo mu ntara ya Bujumbura bavuga ko ubu batoroherwa iyo ukwezi kwabo ko kuja mu butinyanka kugeze bitumwe n'uko twazimvye. Iryo zimba ry'utwo dukoresho…
Ni ibenga riri mu ruzi Kanyosha hagati y'amakaritiye ya Kamesa na Busoro abahegereye bahita Washington. Abamenye ico kibanza kera bagifata nk'inzira y'urukiriro, niho haheze ibihe bitazwi abantu baza…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.