Freema Boy umuririmvyi w’umurundi avuga ko ubukwe bwa Mona Walda bwababaje benshi kandi ngo yarongowe n’umugabo amusumvya imyaka. Abandi ngo ntibaberanye, ariko Boy we arakeza Mona Walda kuvyo yakoze kuko ngo hariho benshi mu…
Uwo mugwi w'abaririmvyi batatu bavuga ko indirimbo basohoye batayikoze bonyene ariko hariho ababafashije. Iyo mikangara ivuga ko bitari vyoroshe kugira basohore amasanamu hamwe no kwinjira mu nzu ihinyanyura umuziki.…
Mu gitondo co kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 19 Ruhuhuma 2025 hatowe ikiziga c'umugabo azwi ku mazina ya Gorges Nshimirimana yaba ku musozi Mwendo komine n'intara ya Kayanza. Mu nzego zijejwe umutekano aho mu…
Umuvuga butumwa akaba n'umuririmvyi w'indirimbo zihimbaza Imana Pasteur Lopez Nininahazwe ariko abonekamwo impano ikomeye cane y'Uburundi aho ari muri bamwe bariko basubiza akanovera indirimbo zihimbaza Imana…
Abanyagihugu bo ku mutumba Gikoto bafise ubwoba bivanye n'ikimanga kibegereye kimaze imyaka itatu kitarakorwa bagasaba ko bofashanya na Reta mw'itunganywa ryaco. Ubuyozi bumenyesha ko babwiwe kuzorondera aho bokura…
Udukoko twari twateye imwe mu mirima y’ibigori ku mitumba ya Tenga Gahwama na Tenga local muri Kigarama umwaka wa 2024 twari twatumye bamwe mu barimyi bagira impungenge ku mwimbu. Yamara bamaze gukurikiza impanuro bahawe…
Tity Love avuga ko Koo K bahebeye rimwe kuririmba igihe bubakaniye. Ico gihe ngo baciye batangura gukina amareresi. Uwo muririmvyikazi aheruka gusohora indirimbo nshasha yise “Ntahonoja”. Mu kiganiro indundi hit show co kuwa…
L'organisation « Hope New Generation » militante en faveur de la jeunesse se montre très préoccupée par des cas de maltraitance auxquels sont soumises les jeunes filles victimes de grossesses non désirées en milieu…
Umuririmvyi w'umurundi Gaël Manirampa aririmba akoresheje umudiho wa Raggaae avugako umurasita arangwa n'urukundo akarangwa n'ubutungane.Uyo muririmvyi aririmba mu rurimi rw’icongereza aranavuga ko ubutumwa…
Umuririmvyi w'umurundikazi azwi kw'izina rya Natasha, ni we avuga ko urukundo ari rwo rushikana umuziki kure, kuko n'abaririmvyi bo mu bindi bihugu bashika kure kubera gukorera hamwe. Umuririmvyi Natachs…
Mu gihe umugwi wa basketball Remesha uheruka gutahukana ikibanza ca mbere mw'ihiganwa ryahuje imirwi yo mukarere ka zone ya 5 gaherereye muri Afrika y’ubuseruko,uburongozi bw’uwo mugwi bushikiriza ko bugiye kwongereza…
Intamba z’abigeme batarenza imyaka 15 zatahukanye amadorari ibihumbi (50,000$) muri rya higanwa ry’abanyeshure mu karere ka CECAFA ryitiriwe CAF African Schools Football Championship Cecafa Qulifiers 2024, inkino zariko…
Ku ncuro igira umunani hatunganywa Ku rwego rw'igihugu imigwi ivuza ingoma iserukira intara ,umugwi w'abatimbo b'i Bujumbura niwo watahukanye Iryo higanwa ryahuje imigwi 33.Umwe mubanyakaranga yariko atanga…
Imwe mu miryango yo mu gace ka Musufe,karitiye Nkenga-Busoro,zone Kanyosha,komine Muha mu bumanuko bw'igisagara ca Bujumbura yahuye n'ibomagurika ry'amazu haheze ikiringo c'imyaka irenga ibiri basaba ko…
Abanyagihugu baba muri site Gisagara iri muri komine Mutimbuzi mu ntara ya Bujumbura basaba kwimurwa muri ico kibanza kuko bemeza ko hari abamaze imisi bitaba Imana mu buryo bavuga ko budatahuritse.Uwurongoye iyo site aremeza…
Le coordonnateur du groupe d'experts et titulaire d'un PhD en physique, Dr Salomon Mugisha affirme que l'air du Burundi est pollué, malgré la croyance générale que le pays, moins industrialisé, échappe à la…
Imyaka 20 iraheze imiryango y'Abatwa baba mu gacimbiri Bukiranzuki muri komine Matongo ntara ya Kayanza bubakiwe amazu ariko ntibarasakarirwa Abo basangwa butaka bavuga ko bubakiwe muri ayo mazu hagati y'umwaka wa…
Bamwe mu banyagihugu baba mu gisagara ca Bujumbura basaba ko akamo k’umukuru w’igihugu ko ku wa 10 Mukakaro umwaka wa 2024 ko kugarukira isuku mu gisagara.Abo banyagisagara bavuga nk’ibibanza biri ahegereye uruzi…
Umuririmvyikazi Natacha Ngendabanka ,inyuma y'ikiringo hafi c'amezi atatu Ku mugabane wa Buraya agiye gutunganya ibikorwa bitari bike harimwo gusohora indirimbo nshasha imbere yuko umwaka wa 2024 urangira. Akigenda…
Abigeme biga muri kaminuza y'Uburundi, bashikiriza ko batabona akamaro k'umusi wahariwe kugwanya amabi akorerwa abakenyezi n'abigeme mu gihe hacibonekeza abakenyezi canke abigeme bafatwa ku nguvu. Ukwo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.