Umuririmvyi w’umurundi Eloi fils avuga ko indirimbo yasohoye yise “yesu” yayanditse afatiye ku bihe bitoroshe yariko aracamwo. Iyo ndirimbo ikaba iri k'umuvuduko udasazwe ku rubuga rwiwe rwa youtube. Mu kiganiro yahaye…
Bamwe mu borozi b'inka bo muri komine Mutimbuzi mu ntara ya Bujumbura bashikiriza ko imyuzurira ikomoka k’uruzi Rusizi ituma ubworozi bw'inka buhungabana . Abajejwe intwaro baremeza ico kibazo bavuga ko…
Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 09 Ndamukiza 2025, umuyobozi wa Diaspora ndundi ku rwego rw'isi, Samuel Ndayiragije yaganutse ava mu bikorwa yahoramwo vyo gutunganya amatora y'abazoserukira abandi mu bihugu…
Legend Kid ni umuririmvyi w’umurundi akaba n'umwanditsi w’indirimbo “Tsunami”. Kid agira ati : "Kugira dukorane igikorwa n'umuririmvyi kazi Esther Nish n'uko umuntu amfasha ibikorwa yambwiye ko vyoba vyiza…
Alice Team mutima avuga ko afise indirimbo umunani ziri muri Album akaba yashimye kuba arasohora zitatu gusa. Muri izo zitatu harimwo iyo yise ''Nishike mukono'' ikaba imaze imisi mike ku rubuga rwiwe rwa…
Bain Turo n'agashavu kenshi avuga ko m'umuziki ndundi habamwo uguhemukirwa cane arivyo bica intege umuririmvyi. Ariko kubera ko uba ufise intumbero muri wewe bituma udasubira inyuma. Ngo hari n'abamenyesha…
Umuririmvyi w’umurundi Great Brown avuga ko indirimbo yasohoye yise “uratesa“ yayikoze n'umutima umwe; mu kuyandika yafatiye kuvyo yariko aracamwo muri ico gihe. Mu kiganiro yahaye insamirizi indundi culture kuwa kabiri…
Umuririmvyikazi Natacha Ngendabanka ari kumwe n'umugabo wiwe n'abana aribo Leila Frojo hamwe na Giulio Frojo bagize amahigwe yo gutumirwa muri ''soirée de Gala'' mu gisagara ca Palermo…
Umuririmvyi w’umurundi Fabelove ashikiriza ko gushika ubu atabwoba aterwa n’umuririmvyi B-Face, ivyo abivuga afatiye ku ndirimbo aheruka gusohora yise "umufana" "Indirimbo umufana ni amajambo yogushira kuri…
Melanin Boy ni umuririmvyi w’umurumdi avuga ko icatumye ashira amajambo ku rubuga rwiwe rwa Facebook yavuzweko menshi, aruko indirimbo yiwe yise ''isezerano'' yakunzwe n'abantu benshi yari ifise…
Bamwe mu banyagihugu bo muri amwe muma quartier yo muri commune Muha mu bumanuko bw'igisagara ca Bujumbura baridoga ko hari ubucafu mu bibanza bitandukanye muri ayo ma karitiye,batanga akarorero muri quartier Gisyo ya…
Freema Boy umuririmvyi w’umurundi avuga ko ubukwe bwa Mona Walda bwababaje benshi kandi ngo yarongowe n’umugabo amusumvya imyaka. Abandi ngo ntibaberanye, ariko Boy we arakeza Mona Walda kuvyo yakoze kuko ngo hariho benshi mu…
Aubin Lux ni umuririmvyi w’umurundi aheruka gusohora indirimbo na Big Fizzo bise ''ishwi''. Iyo ndirimbo avuga ko yakozwe umwanya munini kubera ko uburyo bwo kuyisohorera amasanamu bwabaye buke ariko mu…
Uwo mugwi w'abaririmvyi batatu bavuga ko indirimbo basohoye batayikoze bonyene ariko hariho ababafashije. Iyo mikangara ivuga ko bitari vyoroshe kugira basohore amasanamu hamwe no kwinjira mu nzu ihinyanyura umuziki.…
Kur'uyu w'Imana igenekerezo rya 09 ntwarante niho hatunganijwe ihiganwa Ku bigeme n'abasore mu gisagara ca Bujumbura . Odette Nsengiyumva avuka mu ntara ya Gitega, mu gisata c'abigame niwe yatahukanye…
NLEE n'umurirmvyi w'umurundi , akaba yaramaze igihe atakiboneka mu muziki kumvo zokubura amafaranga no gukora amasanamu nkuko yaravyifuza , kubona agarutse mu muziki ngo nuko habonetse abamushigikira, akavuga ko…
Abaririmvyi babiri b'abarundi MB Data na Sat-B ntibariko barahuza kubera agashimwe "Trace Awards " aho bacishije ku mbuga ngurukanabumenyi zabo za X na Facebook bavuga ko hageze ko n'abarundi baja…
Abarimyi barimira mu mwonga wa Murembwe bavuga ko bakunze gusanga iyo mvubu ikunze gusohoka ivuye mumazi yikiyaga Tanganyika yononye imirima yabo Bamwe muri abo barimyi bavuga ko barima, bukeye mugitondo bagasanga iyo…
Mu gisagara ca Bujumbura ukwo imisi ihera niko inzu zo gupanga ziduzwa ibiciro, ivyo bigatuma abapangayi bidoga kuko babona ko bitera uruhagarara mu gihe ivyo bakora canke agashahara kabo kataba kaduze kuri ugwo…
Umuririmvyikazi Channy Queen kubera ivyo yaciyemwo vyatumye ashaka guheba umuziki. Avuga ko ivyo kuririmba bitigeze bimworohera niko guca abanza guhagarika umwanya muto ari nayo mpamvu atariko araboneka cane mu muziki.…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.