Des députés burundais s’interrogent sur l’absence de manuels scolaires dans les établissements publics, alors que les ouvrages produits par la Régie des productions pédagogiques (RPP) sont disponibles sur le marché. Le…
Abashingamateka baranegura ibura ry'ibitabo mu mashure ya Reta, ibitabo bihingurwa n’ikigo c’igihugu RPP, ariko bikagurishwa kw’isoko kandi kizira. Umushikiranganji wa mbere wa Reta y’Uburundi aherutse kwemerera inama…
À Bujumbura, une formation de cinq jours destinée aux nouveaux représentants du Burundi à l’étranger met l’accent sur les compétences nécessaires à la diplomatie, dans un contexte marqué par les crises internationales, le…
Bamwe mu banyagihugu bo mu bwoko bw’abatwa muri zone Mukike commune Rwibaga intara ya Bujumbura baracaba mu mazu adashemeye. Bavuga ko ubuzima bwabo bubangamirwa igihe cose imvura iguye. Abarongoye zone bavuga ko babandanya…
La rentrée scolaire ne se prépare pas de la même manière pour tous les enfants à Bujumbura. Pour certains, le simple fait de disposer de cahiers et de fournitures peut faire la différence entre retrouver les bancs de…
Igihugu ca Algérie cafashe ingingo yo guhagarika burundu umubano n’Igihugu c’Abarabu cunze ubumwe (UAE), inyuma y’imyaka itari mike y’umubano mubi hagati y’ibihugu vyompi ku bibazo vya poritike n’umutekano wo mu karere. Reta…
Abanyeshure hafi 20 barapfuye, abandi benshi barakomereka bikomeye inyuma y’uko umuriro wadutse mu mashure abiri yo mu gisagara ca Bukavu, mu ntara ya Kivu y’epfo, mu buraruko bushira ubuseruko bwa Repubulika iharanira…
Igiciro ca peteroli kw'isi caraduze cane, aho igiciro ca peteroli yo mu bwoko bwa Brent carengeje amadolari 100 ku kagunguru (baril), kubera umutekano muke urangwa mu buseruko bushira hagati. Kuri uyu wa gatanu, igiciro…
Leta zunze ubumwe za Amerika kuri uyu wa gatanu, igenekerezo rya 11 Nyakanga 2026, baribuka imyaka 25 iheze habaye ibitero vy’iterabwoba vyahitanye hafi abantu 3,000. Ivyo bitero vyabaye ku wa 11 Nyakanga 2001, aho abantu 19…
Un arbre coupé à Gakara/Gahuni pourrait bientôt devenir un banc dans une salle de classe ou une partie d’un pont emprunté chaque jour par les habitants de Muhuta. Deux hectares de la plantation ont été autorisés à…
Au Centre CELAB de l’Université du Burundi, des étudiants venus de différentes universités et instituts supérieurs ont troqué, le temps d’un concours, les bancs de l’université contre des situations de conflit fictives. Face…
Abanyagihugu bo muri Gambia bazondukiye biyerekana mu bice bitandukanye vy’igihugu kubera ikibazo c’ikena ry’umuyagankuba kimaze igihe kitari gito, aho mu turere tumwe tumwe bavuga ko umuriro ushobora kumara amasaha agera…
Reta ya Kenya yasavye imbabazi Abarundi baba muri ico gihugu, inyuma y’uko bamwe muri bo bavuze ko batewe ubwoba canke bagiriwe nabi. Ibi vyabaye inyuma y’amajambo Perezida wa Kenya, William Ruto, yavuze ku banyamahanga…
Plusieurs Burundais exerçant de petits commerces au Kenya sont restés chez eux ce lundi, par crainte d’être arrêtés par la police, après la décision du président kényan William Ruto d’interdire aux étrangers certaines…
Bamwe mu barundi bakora urudandaza rutoruto mu gihugu ca kenya kuri uyu wa mbere ntibakoze iyo mirimo kugutinya guharikwa ninzego z’umutekano,inyuma yaho mu ndwi iheze umukuru w’ico gihugu William Ruto atanze…
Hafidh Ameir Hassan, époux de la présidente de la République-Unie de Tanzanie, Samia Suluhu Hassan, est décédé après avoir souffert de problèmes cardiaques. Il recevait des soins médicaux à Zanzibar, selon le vice-président…
Le gouvernement burundais lance, du 4 au 6 septembre 2026, le recensement des personnes touchées par les récents incendies dans plusieurs marchés et espaces commerciaux. Il annonce également l’ouverture d’un compte bancaire…
Les habitants de la commune de Butaganzwa, dans la province de Buhumuza, disent éprouver des difficultés à obtenir la carte d’assistance maladie (CAM). Ils expliquent qu’après avoir introduit une demande, ils doivent parfois…
Le Burundi veut donner un nouvel élan à sa coopération avec la Chine. Pour le ministre des Affaires étrangères Édouard Bizimana, le partenariat stratégique global conclu entre les deux pays doit désormais se traduire par des…
Perezida wa Kenya, William Ruto, yatangaje ko abanyamahanga bakora ubudandaji buto buto, harimwo n’abatembereza ibidandazwa mw’ibarabara, batazokwongera gukora iyo mirimo muri Kenya guhera ku wa mbere, itariki 7 Nyakanga…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.