Le septuagénaire et sage Laurent Bizimana met en avant l'amour et l'amitié comme bases essentielles de l'unité familiale au Burundi, soulignant que, dans le passé, les familles échangeaient des cadeaux, comme…
Umuririmvyi akomoka mu gihugu c'u Rwanda Kitoko ubu abarizwa mu gihugu c'Ubwongereza yasohoye ubushasha indirimbo "Yasa n'irirenga" yaririmbwe n'umuririmvyi w'inararibonye Burikukiye Prosper…
Umunyeporitike Léonce Ngendakumana abona ko kugira u Burundi bushike kw'iterambere aruko abarundi ubwabo boreka kwikwegerako,maze abatowe bakamenya ko batowe n'abanyagihugu kandi bafise ico babitezeko;bakiga gukunda…
Abamenyereza bagenywe n'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB n'abagiye gutegura imirwi ibiri y'Intamba mu Rugamba CHAN hamwe n'uwabatarenza imyaka 17.Iryo genwa ribaye inyuma yo…
Umurwi YM ugizwe n’imisore ibiri iva mu ntara ya Makamba uvuga ko witeguye gutangaza abatari bake biciye mu ndirimbo bagiye gusohora.Mu kiganiro Indundi Hit Show co ku munsi wa kabiri igenekerezo rya 12 Munyonyo muri studio…
Des résidents du quartier II de la zone Ngagara, en commune Ntahangwa, au nord de la capitale économique Bujumbura, se disent préoccupés par des égouts à ciel ouvert d'où coulent des eaux usées qui se déversent sur la…
Mu mazone nka Mubone na Kabezi ya komine Kabezi intara ya Bujumbura, ni bimwe mu bice vy'iyo ntara vyibonekezamwo ibiti vy'ivyamwa nka mandarine ,imicungwe ,imyembe hamwe n'indimu. Ibiti vy'indimu ariko…
Ces dernières années, les localités riveraines de la rivière Kanyosha ont été le théâtre des inondations, emportant des maisons et faisant de nombreuses victimes. L’action anthropique est la principale cause de…
Umurwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba, inyuma yo gufata urugendo werekeza mu gihugu ca Côte d'Ivoire gutegura urukino rwokwakira umurwi nserukira gihugu wa Malawi kw’igenekerezo rya 14 Munyonyo uno mwaka.Intamba…
Umuririmvyi Big Fizzo ari mu rugendo rw’akazi mu gihugu ca Canada aho yiteguriye guteramisha abarundi n’abandi basanzwe baba muri ico gihugu .Uyo muririmvyi yaramaze imisi mu gihugu c’Ubutaliyano akaba kandi aheruka gusohora…
Bamwe mu basinzikazwa n’indwara y’igisukari (Diabète), ahanini babiterwa no kutayimenya hakiri kare. Muganga Alida Mireille Uwimana ariko yemeza ko mugihe umurwayi yitwararitse ivyo gufungura neza bituma amagara amera neza…
Umugwi nserukira gihugu intamba mu rugamba ugiye gukina inkino zibiri. Umuvugizi w'uwo mugwi amenyesha ko biteguye kuduga ikibanza ku rutonde ngaruka kwezi rw'ishirhamwe mpuzamakungu FIFA. Bamwe mubagize umugwi…
Haraheze ikiringo kirenga umwaka amabarabara y’igihugu nomero 13 na 21 yose aca mu ntara ya Cankuzo yononekaye gusumba ukwo yahora kuko ibiraro vyabomotse bitarashobora gusanurwa, ivyo bigatera amakenga ko bishobora kugwiza…
L’allure de dessouchage d’arbres pour étendre les terres arables inquiète certains sénateurs qui proposent des séances de sensibilisation ainsi que des mesures pour contraindre les agriculteurs à planter des arbres…
Bamwe mubavyeyi baba mu ntara ya Gitega komine Gitega bavugako ibibanza berekeramwo amareresi hamwe n'inkino z'umupira wa maguru bisamaza bamwe mu gwaruka bigatuma bamwe basiba ku mashure bagakatira kuraba izo…
Ihiganwa mpuzamakungu ryo gusiganwa ku makinga ry’abigeme ku ncuro ya 4 rigiye kubera mu ntara zigize igihugu c'Uburundi, muri iryo higanwa rizoba ryitabiriwe n'ibihugu 10 muri 15 vyari vyitezwe mu gihugu…
La contraception. Parfois comprise ou non, elle reste une alternative pour encadrer la limitation des naissances, l’espacement des naissances, la protection contre les maladies, etc. La contraception est aussi l’une des…
Lors de la célébration de la journée des Etats unie ce lundi 4 novembre 2024, la question de la population jeune et nombreuse au Burundi s’est invitée dans les débats. Pour le Fonds des Nations unies de la population (UNFPA),…
Abarimyi bo mu ntara za Cankuzo na Ruyigi baridogera ishirahamwe rihingura ifumbire FOMI ko ritariko rirabaronsa ifumbire mu gihe bicaranye udutike umushikirangaji w'uburimyi arahumuriza abo barimyi ko bagiye kuronswa…
Umurindi wo kwicira ibiti kugira haboneke isi ndimwa urateye impungenge bamwe mu bakenguzamateka.Abakenguzamateka bakavuga ko n’amashamba cimeza nayo adasigaye inyuma .Abakenguzamateka basanga hofatwa ingingo zotuma uwusituye…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.