Umuririmvyi munago niwe umwanditse w’indirimbo “UMVE RAP” avuga ko iyo ndirimbo yamufashe ikirigo c’ ukwezi kumwe kugira ngo isohoke ariko kandi bitari vyoroshe mukwandika kuko yahajeje kuyandika mu ndwi zibiri acabona kuja munzu ihinyanyura umuziki .ico gikorwa bagihe umwanya kuko kigiye guhindura umuziki w’uburundi egiputa .
Amwe mumajambo uyo muririmvyi yashoboye gushikiriza kwisamirizi radio indundi culture mukiganiro indundi hit show iyo ndirimbo yashimye kuyisohora muri kino gihe kuko vyagaragara ko umuziki wa Hip pop bari bamaze kuwibagira ico gikorwa canje gukagura benshi basubire kwibuka uwo mundiho kandi ko abakunzi bumuziki bitege ibindi bikorwa vyinshi bigiye gusohoka ubuvuba cane .
Munago amenyesha ko mumisi iheze yari yakubitiye mugihugu kibanyi c’ubuganda muvyirwa vyerekeye umuziki .arashimira umurwi isanamu wamufashije kugira ngo anje kwiga . yemeza ko agiye gukora kandi ko ibikorwa abakunzi bumuziki bazoshima.arakeza abaririmvyi bamaze gushika kuntabwe yogusohoka igihugu ko bobadanya bamamaza igihugu mu makungu.
Muri ico kiganiro yaragije ahamagarira abakunzi bumuziki kuja kurubuga rwiwe rwa YouTube kugira ngo babandaye babona ibikorwa vyiwe.

























