Ibimenyetso vyerekana ko Diamond na Tanasha batakiri kumwe
Ibimenyetso vyose Bihari muri kino gihe vyerekana ko Nasibu Djuma benshi bazi nka Diamond atakiri kumwe n’umukunzi wiwe Tanasha Donna. Ivyo ni nkuko uwo mukunzi atakibarizwa muri Tanzania, ariko ageze muri Kenya. Uwo mwigeme…