Wanaw sport wear ryasubiye kwizerwa
Ishirahamwe Wanaw Sport Wear ryo muri Ethiopiya risanzwe ryambika imigwi nserukira bihugu itandukanye harimwo n'umugwi nserukiragihugu w'Uburundi Intamba mu rugamba ryasubiriye kwizerwa gusubira gukorana…
Ishirahamwe Wanaw Sport Wear ryo muri Ethiopiya risanzwe ryambika imigwi nserukira bihugu itandukanye harimwo n'umugwi nserukiragihugu w'Uburundi Intamba mu rugamba ryasubiriye kwizerwa gusubira gukorana…
Steven Ebuela umukinyi w’inyuma w’umugwi AL Hilal wo mu gihugu ca Sudani yahawe ubwenegihugu bwo muri ico gihugu inyuma yo kwanka gukinira umugwi nserukiragihugu intamba mu rugamba adahawe ivyo yasavye. Uwo mukinyi yavukiye…
Inyuma yo gusezererwa mu nkino z’imigwi yatwaye ihiganwa mu bihugu vyayo (CAF Champions League) n’umugwi Al Ahly wo muri Misiri aho urukino rwa mbere batsinzwe 1-0, urwa kabiri batsindwa ikindi gitsindo 1-0, uburongozi bw’uwo…
Umugwi nserukira gihugu w’Uburundi Intamba mu rugamba ugiye gukina inkino 2 za gicuti n’imigwi nserukira gihugu ibiri gushika muri kano kanya itaramenyekana. Atagihindutse izo nkino zishobora kubera i Bujumbura ku kibuga…
Urwego rujejwe indero muri FIFA rwasanze umusatirizi w'Intamba mu Rugamba, Bonfils Caleb Bimenyimana, yakoze ikosa rikomeye mu rukino rwo guhiganirwa itike y'igikombe c'isi 2026 rwahuje Uburundi na Kenya.…
Kuri uyu w’Imana waraye uheze igenekerezo rya 06 Gitugutu 2025 igihe c’isaha icenda ( 15h00) niho umugwi Flambeau du Centre w’i Gitega wakira umugwi Aigle Noir ku kibuga citiriwe Intwari mu rukino rw’indwi igira indwi rwa…
Inyuma y’imyaka igera kuri 13 akina mu gihugu c’Urwanda mu migwi nka APR Fc , Rayon Sports , Kiyovu Sports , Kizigenza wa kera w’intamba mu rugamba Nizigiyimana Karim Makenz yaraye ahawe ubwene gihugu bw'u Rwanda .…
Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 03 Gitugutu 2025 igihe c’isaha indwi ( 13h00) , niho Staff y’Intamba mu rugamba isanzwe iba ku mugabane wa Buraya irongowe n’umumenyereza mukuru w’umugwi nserukira gihugu w’intamba mu…
Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB ryaraye rishize ku mugaragaro ibiciro vy’amatike y’urukino ruzohuza Intamba mu rugamba na Kenya kw'igenekerezo rya 09 Gitugutu 2025 ku kibuga Intwari. Ayo matike yatanguye…
Kizigenza w’intamba mu rugamba Nsabiyumva Frederic Ntazoboneka mu nkino 2 Uburundi bwimirije gukina n’igihugu ca Kenya hamwe na Gabon muri kuno kwezi kwa Gitugutu. Ku musi wa mbere niho umumenyereza w’intamba mu rugamba…
Umumenyereza w’umugwi Aigle Noir Jimmy Ndayizeye co kimwe n’uwujejwe kwongereza inguvu mu mugwi Aigle Réverien Mbanzendore ndetse n’abakinyi ba Aigle Noir Cs bose baheruka gutumwako mu mugwi nserukira gihugu w’Uburundi…
Umugwi Muzinga Fc wahagaritse umuvuduko umugwi Aigle Noir Cs wariko mw’ihiganwa rya Primus League. Hari kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 01 Gitugutu 2025 igihe c’isaha icenda ( 15h00) ku kibuga citiriwe Intwari aho umugwi…
Umugwi Muzinga Fc uhejeje guhagarika umuvuduko wa Aigle Noir Cs wo kuza uritorera amanota atatu mw’ihiganwa rya Primus League. Hari kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 01 Gitugutu 2025 igihe c’isaha icenda ( 15h00) ku kibuga…
Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru muri Africa CAF ryaraye rishize ahabona abahagarikizi bazohagarikira urukino rwo kurondera itike y’igikombe c’isi c’umwaka wa 2026 ruzohuza umugwi nserukira gihugu w’Uburundi intamba mu…
Amafaranga angana n'ibihumbi mirongo icenda vy'amadorari ya Amerika niyo ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB yahawe n'ishirahamwe 1xbet. Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB ryagiraniye…
Umumenyereza w’Intamba mu rugamba Patrick Sangwa Mayani yashize ahabona abakinyi 26 azokwifashisha mu nkino zibiri zo kurondera itike yo kwitabira igikombe c’isi c’umwaka wa 2026. Uburundi bwimirije gukina n’igihugu ca Kenya…
Uwuromgoye umugwi Aigle Noir Révérien Ndikuriyo yemereye abakinyi biwe imiriyoni 175 z’amafaranga y’amarundi mu gihe boramuka basezereye umugwi ASAS Djibouti Télécom mu rukino rwo gusubiriza rwa CAF Champions League, bisigura…
Uwurongoye umugwi Flambeau du Centre wo mu ntara ya Gitega Kazohera Vénérend yaraye yemereye agashimwe k’imiriyoni 50 z’amarundi abakinyi biwe ndetse na Staff mugihe bokuramwo Al Akdhar yo muri Libia mu rukino rwo gusubiriza…
Ni irya mbere umukinyi w’umurundi akinira umugwi nserukira gihugu agiye guhura mu kibuga kimwe n’igihangange mu mupira w’amaguru Cristiano Ronaldo. Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 23 Nyakanga 2025, umugwi Jeddah Sports…
Amategeko yaraye ahinduwe y’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi aremerera umuyobozi w’icubahiro w’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru (président d’honneur) Réverien Ndikuriyo gusubira kwitoza kurongora ishirahamwe…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.