Kubera iki muri ino minsi indimu zizimvye cane?
Mu mazone nka Mubone na Kabezi ya komine Kabezi intara ya Bujumbura, ni bimwe mu bice vy'iyo ntara vyibonekezamwo ibiti vy'ivyamwa nka mandarine ,imicungwe ,imyembe hamwe n'indimu. Ibiti vy'indimu ariko…


