Kubera iki abigeme mw’ikambi y’impunzi ya Busuma boba bariko batwara inda ku bwinshi?
Abavyeyi bari mu mpunzi z'abanyekongo ziri mw'ikambi y'impunzi ya Busuma muri Komine Ruyigi intara ya Buhumuza bavuga ko batewe impungenge n'ibitigiri vy'abana b'abigeme batwara inda bakiri bato.…




















