Indundi Culture | Radio
  • Qui nous sommes
  • Programmes
  • radio
  • Actualités
    • Culture
    • Education
    • Sante
    • Economie
    • Environement
    • Politique
    • Justice
    • Droits de l’homme
    • Sport
    • Société
    • sécurité
    • Coopération
    • Divertissement
  • Magazine
  • Journaux
    • Journal en Français
    • Amakuru mu kirundi
  • Contacts
  • Language
  • Grille des programmes
  • IndundiRadioLive
Indundi Culture | Radio
Indundi Culture | Radio
  • Qui nous sommes
  • Programmes
  • radio
  • Actualités
    • Culture
    • Education
    • Sante
    • Economie
    • Environement
    • Politique
    • Justice
    • Droits de l’homme
    • Sport
    • Société
    • sécurité
    • Coopération
    • Divertissement
  • Magazine
  • Journaux
    • Journal en Français
    • Amakuru mu kirundi
  • Contacts
  • Language
  • Grille des programmes
  • IndundiRadioLive
  • Home
  • Irène Iradukunda
  • Page 5
Irène Iradukunda

Irène Iradukunda

FARDC yahagaritse umuvugizi wayo kubera imvugo z’ urwanko ku bwoko bw’abatutsi
homepage

FARDC yahagaritse umuvugizi wayo kubera imvugo z’ urwanko ku bwoko bw’abatutsi

Mu gihe igihugu ca Repuburika iharanira Demokarasi ya Congo (RDC) kibandanya guhura n’ibibazo vy’umutekano n’ukwiyongera kw’amatati ashingiye k’amoko, igisirikare ca FARDC camenyesheje ko cahagaritse umuvugizi waco, Jenerali…

Irène IradukundabyIrène Iradukunda
December 30, 2025
144
Sirba, Ambro na Abu Qamra, ubuzima bwahindutse umuriro udahera
Afrique

Sirba, Ambro na Abu Qamra, ubuzima bwahindutse umuriro udahera

Muri Sudan, abantu barenga 200 barishwe mu bitero vyakozwe n’igisirikare ca Rapid Support Forces (RSF) muri Darfur, nk'uko bishikirizwa n’ivyegeranyo vya ONU. Muri uyu mwaka turiko turasozera wa 2025, intambara hagati…

Irène IradukundabyIrène Iradukunda
December 29, 2025
148
Umwuga wo kujisha ibirago urageramiwe, abawukora basaba gufatwa mu mugongo
Burundi

Umwuga wo kujisha ibirago urageramiwe, abawukora basaba gufatwa mu mugongo

Mw'isoko ya Ruziba, haribonekeza ubukene bw’ibikoresho ndagakaranga. Abaguzi, abadandaza hamwe n’abajisha baravuga ko ibihe bigoye vy'ubutunzi hamwe n’ihindagurika ry’ibihe vyatumye ibirago bizimba cane, bakabona ko…

Irène IradukundabyIrène Iradukunda
December 24, 2025
200
Perezida Trump yahagaritse ibijanye na Green Card inyuma y’ubwicanyi bwakozwe n’umwe mu bimukira
Coopération

Perezida Trump yahagaritse ibijanye na Green Card inyuma y’ubwicanyi bwakozwe n’umwe mu bimukira

Perezida wa reta zunze ubumwe za Amerika, Donald Trump, yafashe ingingo yo guhagarika vy’agateganyo porogarama izwi nka “Diversity Visa Lottery” canke “Green Card”, inyuma y’ivyaha vy’ubwicanyi vyagirijwe Claudio Manuel Neves…

Irène IradukundabyIrène Iradukunda
December 19, 2025
152
1
Perezida Trump yemeje ifatwa ry’ubwato butwaye igitoro bwa Venezuela n’ingabo za Amerika
homepage

Perezida Trump yemeje ifatwa ry’ubwato butwaye igitoro bwa Venezuela n’ingabo za Amerika

Mu ntango za Kigarama 2025, Perezida wa Leta zunze ubumwe za Amerika, Donald Trump, yamenyesheje ko igihugu ciwe cafashe ubwato bunini bwuzuye igitoro hafi y’inkengera z’igihugu ca Venezuela. Ibi vyatumye haba umudugararo…

Irène IradukundabyIrène Iradukunda
December 11, 2025
141
Abasirikare ba Sudan bahungiye muri Sudan y’epfo inyuma yifatwa rya Heglig n’igisirikare ca RSF
Afrique

Abasirikare ba Sudan bahungiye muri Sudan y’epfo inyuma yifatwa rya Heglig n’igisirikare ca RSF

Abasirikare batari bake bo mu gisirikare ca Sudan (SAF) bahungiye muri Sudani y’epfo, inyuma yo kuva mu bice vyabo bisanzwe birimwo igitoro muri Heglig, ku bitero bikomeye cane vy’ingabo za Rapid Support Forces (RSF).…

Irène IradukundabyIrène Iradukunda
December 10, 2025
180
Igiporisi ca Uganda kigiye gukora amatohoza ku vyagiriji vy’ugukubita abashigikiye Bobi Wine
homepage

Igiporisi ca Uganda kigiye gukora amatohoza ku vyagiriji vy’ugukubita abashigikiye Bobi Wine

Muri Uganda, igiporisi camenyesheje ko kigiye gutangura amatohoza ku vyagiriji vy’uko bamwe mu baporisi baco bakubise abanyagihugu bashigikiye umukandida atavuga rumwe n’ubutegetsi Robert Ssentamu Kyagulanyi, azwi nka Bobi…

Irène IradukundabyIrène Iradukunda
December 9, 2025
144
1
Meta yahagaritse imbuga za bamwe mu batanzaniya
homepage

Meta yahagaritse imbuga za bamwe mu batanzaniya

Mu gihe hasigaye umunsi umwe gusa ngo habe imyiyerekano yiswe iy’ amahoro kandi idafise iherezo, yahamagajwe kuri uyu wa 09 Kigarama 2025 muco bise “#D9”, uyu munsi niwo igihugu ca Tanganyika caronkeye intahe…

Irène IradukundabyIrène Iradukunda
December 8, 2025
180
1
Urwanda na Congo bateye umukono ku masezerano y’amahoro i Washington DC
A la Une

Rwanda et RDC signent un accord de paix à Washington D.C.

La RDC et le Rwanda ont signé, le 4 décembre 2025 à Washington D.C., un accord de paix et de développement sous l’égide du président américain Donald Trump. Une avancée diplomatique majeure pour la région des Grands Lacs,…

Irène IradukundabyIrène Iradukunda
December 5, 2025
335
Urwanda na Congo bateye umukono ku masezerano y’amahoro i Washington DC
homepage

Urwanda na Congo bateye umukono ku masezerano y’amahoro i Washington DC

Haraye handitswe urupapuro rushasha mu mateka y’akarere k’ibiyaga bini, aho abakuru b’ibihugu vya Repuburika iharanira demokarasi ya Congo (RDC) n’u Rwanda bateye umukono ku masezerano y’amahoro n'iterambere i Washington…

Irène IradukundabyIrène Iradukunda
December 5, 2025
155
1
“Sean Combs: The Reckoning”: ukuri ku vyari vyaranyegejwe
Entertainment

“Sean Combs: The Reckoning”: ukuri ku vyari vyaranyegejwe

“Sean Combs: The Reckoning” ni ireresi y’uruhererekane (docuseries) igizwe n’ibice bine, yakozwe na Curtis “50 Cent” Jackson afatanyije n’umuyobozi Alexandria Stapleton. Curtis “50 Cent” Jackson ni umwe mu baririmvyi…

Irène IradukundabyIrène Iradukunda
December 4, 2025
148
Umukuru w’igihugu yatumiwe mu birori vyo gusinya amasezerano y’amahoro hagati ya RDC n’ u Rwanda
Coopération

Umukuru w’igihugu yatumiwe mu birori vyo gusinya amasezerano y’amahoro hagati ya RDC n’ u Rwanda

Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye, yatumiwe na mugenzi we arongoye igihugu ca Leta Zunze Ubumwe za Amerika, Donald Trump i Washington DC aho hategekanijwe ibirori vyo gusinya amasezerano hagati ya Repuburika y’ u Rwanda…

Irène IradukundabyIrène Iradukunda
December 2, 2025
221
1
Abanyagihugu barenga umuriyoni barorereye ikiganiro c’abitoza kuba Perezida wa Uganda biciye ku buhinga bwa none
homepage

Abanyagihugu barenga umuriyoni barorereye ikiganiro c’abitoza kuba Perezida wa Uganda biciye ku buhinga bwa none

Abanyagihugu barenga umuriyoni bo muri Uganda barakurikiranye ikiganiro c’abitoza kuba Perezida biciye ku buhinga bwa none mw’ijoro ryo kuwa 30 Munyonyo 2025, nk’uko vyemejwe na NTV Uganda, ikimenyeshamakuru cari categuye ico…

Irène IradukundabyIrène Iradukunda
December 1, 2025
144
1
Abakenguzamateka ba Amerika basavye amatohoza mpuzamakungu ku bwicanyi bwakurikiye amatora muri Tanzania
homepage

Abakenguzamateka ba Amerika basavye amatohoza mpuzamakungu ku bwicanyi bwakurikiye amatora muri Tanzania

Umukenguzamateka wo muri Reta zunze ubumwe za Amerika, Jeanne Shaheen, yasavye ko haba amatohoza yigenga mpuzamakungu ku bwicanyi n’akarenganyo vyabaye inyuma y’amatora yo ku wa 29 Gitugutu 2025 muri Tanzaniya. Ivyo yabivuze…

Irène IradukundabyIrène Iradukunda
November 26, 2025
188
1
Igicapo ca Arsenal cashimangiye umuco w’intsinzi
homepage

Igicapo ca Arsenal cashimangiye umuco w’intsinzi

Mu rukino rukomeye rwahuje Arsenal na Tottenham Hotspurs ku wa 23 Munyonyo 2025, Arsenal yerekanye igicapo c’igitangaza imbere y’abafana barenga 60.000 ku kibuga cayo Emirates Stadium, i Londres mu Bwongereza. Ico gicapo,…

Irène IradukundabyIrène Iradukunda
November 25, 2025
163
Reta ya Sudani yagiriza Perezida Donald Trump gukokeza intambara
Afrique

Reta ya Sudani yagiriza Perezida Donald Trump gukokeza intambara

Reta ya Sudani yagirije intumwa za Reta zunze ubumwe bwa Amerika ko ziri mu babangamiye amahoro muri ico gihugu kimazemwo imyaka ibiri cadutsemwo intambara hagati ya Reta ya gisirikare ya Sudani irongowe na Abdel Fattah…

Irène IradukundabyIrène Iradukunda
November 24, 2025
173
1
Cristiano Ronaldo yabonanye imbona nkubone na Perezida Donald Trump
Entertainment

Cristiano Ronaldo yabonanye imbona nkubone na Perezida Donald Trump

Umukinyi rurangiranwa akomoka muri Portugal, Cristiano Ronaldo yakiriwe mw’ijoro ryo kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 19 Munyonyo 2025 n'umukuru w’igihugu ca Amerika Donald Trump mu ngoro iwe, White House i Washington…

Irène IradukundabyIrène Iradukunda
November 19, 2025
472
1
Ashigikiwe n’inararibonye muri ANC, Ramaphosa ntagikuwe mu mugambwe
Afrique

Ashigikiwe n’inararibonye muri ANC, Ramaphosa ntagikuwe mu mugambwe

Mu mugambwe uri k’ubutegetsi muri Afrika y’epfo ANC harangwamwo ukutumvikana aho indongozi zimwe zimwe zo mu nzego zo hejuru zisaba ikurwa ry’Umukuru w’igihugu Cyril Ramaphosa mu nama nyobozi z'uyo mugambwe. Bamwagiriza…

Irène IradukundabyIrène Iradukunda
November 18, 2025
180
1
Addis-Abeba yatowe kwakira COP32 mu mwaka wa 2027
Environnement

Addis-Abeba yatowe kwakira COP32 mu mwaka wa 2027

Etiyopiya yemejwe ngo izokwakire inama igira 32 ku vyerekeye ihindagurika ry’ikirere, izoba mu mwaka wa 2027. Iyi nkuru ije inyuma y’imisi mike hasozerewe inama nk'iyi nyene COP30 I Belém muri Bresil, aho yaranzwe…

Irène IradukundabyIrène Iradukunda
November 13, 2025
148
1
Ubworozi bw’imbata bukozwe neza buratanga inyungu kare
Burundi

Ubworozi bw’imbata bukozwe neza buratanga inyungu kare

Iyo ubworozi bw'imbata bukozwe neza buratuma haboneka kare inyungu nk'uko bamwe mu bazororeye mu ntara ya Bujumbura babivuga. Imbata ziri mu bitungwa biguruka bidakunze guterwa n'ingwara. Urbain kwizera ni…

Irène IradukundabyIrène Iradukunda
November 4, 2025
245
  • Previous
  • 1
  • …
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • Next

Latest News

Kwubahiriza amategeko y’ibarabara, bikingira ubuzima bw’abarikoresha

Kwubahiriza amategeko y’ibarabara, bikingira ubuzima bw’abarikoresha
Janvier NzokurigombabyJanvier Nzokurigomba
November 23, 2026
108
FacebookTwitter
Pinterest

Un incendie ravage le marché de Buramata à Bubanza

Un incendie ravage le marché de Buramata à Bubanza
Alexis  NkeshimanabyAlexis  Nkeshimana
November 23, 2026
108
FacebookTwitter
Pinterest

Burundi: Rwasa mubahiganirwa ikibanza c’umukuru w’igihugu 

Burundi: Rwasa mubahiganirwa ikibanza c’umukuru w’igihugu 
Janvier NzokurigombabyJanvier Nzokurigomba
November 21, 2026
114
FacebookTwitter
Pinterest

Burundi : l’insuffisance de l’électricité au cœur du désaccord entre le gouvernement et les industriels

Burundi : l’insuffisance de l’électricité au cœur du désaccord entre le gouvernement et les industriels
Égide NahayobyÉgide Nahayo
November 20, 2026
113
FacebookTwitter
Pinterest

Burundi: abarovyi barasaba kwongererezwa ubuhinga bwo kuroba amafi

Burundi: abarovyi barasaba kwongererezwa ubuhinga bwo kuroba amafi
Janvier NzokurigombabyJanvier Nzokurigomba
November 20, 2026
117
1
FacebookTwitter
Pinterest
Indundi Culture | Radio
Copyright © 2023 IndundiCulture Radio - IndundiCulture Radio.
  • Qui nous sommes
  • Programmes
  • radio
  • Actualités
    • Culture
    • Education
    • Sante
    • Economie
    • Environement
    • Politique
    • Justice
    • Droits de l’homme
    • Sport
    • Société
    • sécurité
    • Coopération
    • Divertissement
  • Magazine
  • Journaux
    • Journal en Français
    • Amakuru mu kirundi
  • Contacts
  • Language
  • Grille des programmes
  • IndundiRadioLive
Indundi Culture | Radio
  • Qui nous sommes
  • Programmes
  • radio
  • Actualités
    • Culture
    • Education
    • Sante
    • Economie
    • Environement
    • Politique
    • Justice
    • Droits de l’homme
    • Sport
    • Société
    • sécurité
    • Coopération
    • Divertissement
  • Magazine
  • Journaux
    • Journal en Français
    • Amakuru mu kirundi
  • Contacts
  • Language
  • Grille des programmes
  • IndundiRadioLive
Copyright © 2023 IndundiCulture Radio - IndundiCulture Radio.

Login

Welcome, Login to your account.

Forget password?

Register

Welcome, Create your new account

No account? Go to Sign In

Recover your password.

A password will be e-mailed to you.

Sign In
Indundi Culture | Radio
Live radio & news in one app
Open