Yarara ataco afunguye, uno musi urudandazwa ruramaze guhindura ubuzima bwiwe
Mu gihe benshi bavuga ko ubuzima bugoye kandi ko kuronka akazi bitoroshe, hari urwaruka ruriko rwerekana ko gwihangana. Kugira intumbero no gukora cane bishobora guhindura ubuzima. Umusore yitwa Eric Ndayishimiye aba mu…
























