Ibipimo ntibirerekana ingwara nshasha igisibije ku Mpanda
Inyuma y'ibipimo vyavugwa ko biriko birakorerwa muri INSP ku ngwara idasanzwe yadutse muri komine Mpanda imaze no guhitana abantu, ubushikiranganji bw'amagara y'abantu bwaraye butangaje ko ibipimo vyabwo…
























