Burundi: umugwi CENI watanguje igikorwa co kwandika abazotora Umukuru w’Igihugu mu 2027
Kuva kuri uyu wa mbere, igenekerezo rya 26 Gitugutu 2026, gushika ku wa 28 Gitugutu 2026, mu Burundi hariko harakorwa igikorwa co kwandika urutonde rw’abazotora ku ncuro ya kabiri, mu ntumbero yo gutegura amatora y’Umukuru…




















