Makamba : uruyoya rwatowe ari ruzima, rwitaba Imana rugeze kwa muganga
Ku mugoroba wo ku wa gatatu igenekerezo rya 17 Kigarama 2025, ku mutumba Butare, zone Kayogoro, komine Makamba, mu ntara ya Burunga, haratowe uruyoya rw’umuhungu rwari ruhambwe mw’ivu rukiri ruzima. Urwo ruyoya rwabonwe…






















