Inyuma y’imyaka itatu Gaaga Blue asubiye kugaruka mu muziki
Umuririmvyi Gaaga Blue avuga ko ukubura kwiwe mu muziki ari kubera yahuye n'ikibazo c’uwamufasha nka manageur yitavye Imana bica bituma ibikorwa vyiwe bicumbagira muri iyo myaka yose. Vyatumye kandi atakaza urubuga rwiwe…
























