Indundi Culture | Radio
  • Qui nous sommes
  • Programmes
  • radio
  • Actualités
    • Culture
    • Education
    • Sante
    • Economie
    • Environement
    • Politique
    • Justice
    • Droits de l’homme
    • Sport
    • Société
    • sécurité
    • Coopération
    • Divertissement
  • Magazine
  • Journaux
    • Journal en Français
    • Amakuru mu kirundi
  • Contacts
  • Language
  • Grille des programmes
  • IndundiRadioLive
Indundi Culture | Radio
Indundi Culture | Radio
  • Qui nous sommes
  • Programmes
  • radio
  • Actualités
    • Culture
    • Education
    • Sante
    • Economie
    • Environement
    • Politique
    • Justice
    • Droits de l’homme
    • Sport
    • Société
    • sécurité
    • Coopération
    • Divertissement
  • Magazine
  • Journaux
    • Journal en Français
    • Amakuru mu kirundi
  • Contacts
  • Language
  • Grille des programmes
  • IndundiRadioLive
  • Home
  • Sonia Vyamungu
  • Page 3
Sonia Vyamungu

Sonia Vyamungu

Umugwi Dino boy uje n’indirimbo nshasha
Entertainment

Umugwi Dino boy uje n’indirimbo nshasha

Umugwi w’abaririmvyi Dino boy bavuga ko iyo ndirimbo basohoye bayise "Rita" bitari vyoroshe kugira ngo isohoke kuko bari babuze amafaranga yo kuyisohora mu munzu ihinyanyura umuziki. Barasaba kuronka management…

Sonia VyamungubySonia Vyamungu
April 15, 2025
190
Indirimbo “Kamnyweso” ya Natacha ibandanya yandikisha amateka
Divertissement

Indirimbo “Kamnyweso” ya Natacha ibandanya yandikisha amateka

Umuririmvyi kazi Natacha avuga ko indirimbo "KAMNYWESO" isigura "inzoga kavukire" yari imaze ukwezi kumwe itarasohoka kuko yashatse ko isohoka  inyuma  yamapfungo.  Uyo muririmvyikazi Natacha azwi…

Sonia VyamungubySonia Vyamungu
April 14, 2025
451
Eloi fils aje n’ikintu kitamenyerewe muri gospel
Entertainment

Indirimbo ya Lolilo na Aslion ibandanya ivyitwaramwo neza

Aslion ni umuririmvyi w’umurundi avuga ko indirimbo bakoranye n'umuririmvyi Lolilo aruko bari kumwe mu mugwi kandi ico gikorwa uko yari agishika ko kimera niko cageze. Arashimira abakunzi b'umuziki wiwe uko…

Sonia VyamungubySonia Vyamungu
April 10, 2025
175
Eloi fils aje n’ikintu kitamenyerewe muri gospel
Entertainment

Eloi fils aje n’ikintu kitamenyerewe muri gospel

Umuririmvyi w’umurundi Eloi fils avuga ko indirimbo yasohoye yise “yesu” yayanditse afatiye ku bihe bitoroshe yariko aracamwo. Iyo ndirimbo ikaba iri k'umuvuduko udasazwe ku rubuga rwiwe rwa youtube. Mu kiganiro yahaye…

Sonia VyamungubySonia Vyamungu
April 10, 2025
218
1
Esther Nish na Legend Kid baje n’indirimbo itavyorosha
Entertainment

Esther Nish na Legend Kid baje n’indirimbo itavyorosha

Legend Kid ni umuririmvyi w’umurundi akaba n'umwanditsi w’indirimbo “Tsunami”. Kid agira ati : "Kugira dukorane igikorwa n'umuririmvyi kazi Esther Nish n'uko umuntu amfasha ibikorwa yambwiye ko vyoba vyiza…

Sonia VyamungubySonia Vyamungu
April 4, 2025
177
Alice Team mutima azanye ikintu kitari kimenyerewe mu muziki ndundi
Entertainment

Alice Team mutima azanye ikintu kitari kimenyerewe mu muziki ndundi

Alice Team mutima avuga ko afise indirimbo umunani ziri muri Album akaba yashimye kuba arasohora zitatu gusa. Muri izo zitatu harimwo iyo yise ''Nishike mukono'' ikaba imaze imisi mike ku rubuga rwiwe rwa…

Sonia VyamungubySonia Vyamungu
April 4, 2025
337
1
Bain Turo aravunira akagohe abapfukamye munda umuziki ndundi
Entertainment

Bain Turo aravunira akagohe abapfukamye munda umuziki ndundi

Bain Turo n'agashavu kenshi avuga ko m'umuziki ndundi habamwo uguhemukirwa cane arivyo bica intege umuririmvyi. Ariko kubera ko uba ufise intumbero muri wewe bituma udasubira inyuma. Ngo hari n'abamenyesha…

Sonia VyamungubySonia Vyamungu
April 4, 2025
222
Indirimbo ya Great Brown ibandanya ikora ibikora inka
Entertainment

Indirimbo ya Great Brown ibandanya ikora ibikora inka

Umuririmvyi w’umurundi Great Brown avuga ko indirimbo yasohoye yise “uratesa“ yayikoze n'umutima umwe; mu kuyandika yafatiye kuvyo yariko aracamwo muri ico gihe. Mu kiganiro yahaye insamirizi indundi culture kuwa kabiri…

Sonia VyamungubySonia Vyamungu
April 2, 2025
259
1
Fabelove aragize ico avuga ku ndirimbo “umufana “
Entertainment

Fabelove aragize ico avuga ku ndirimbo “umufana “

Umuririmvyi w’umurundi Fabelove ashikiriza ko gushika ubu atabwoba aterwa n’umuririmvyi B-Face, ivyo abivuga afatiye ku ndirimbo aheruka gusohora yise "umufana" "Indirimbo umufana ni amajambo yogushira kuri…

Sonia VyamungubySonia Vyamungu
March 27, 2025
234
1
Umuririmvyi Melanin boy avuga ko abakunzi b’umuziki wiwe aribo ”award”
Entertainment

Umuririmvyi Melanin boy avuga ko abakunzi b’umuziki wiwe aribo ”award”

Melanin Boy ni umuririmvyi w’umurumdi avuga ko icatumye ashira amajambo ku rubuga rwiwe rwa Facebook yavuzweko menshi, aruko indirimbo yiwe yise ''isezerano'' yakunzwe n'abantu benshi yari ifise…

Sonia VyamungubySonia Vyamungu
March 25, 2025
687
Mona Walda ngo yakoze ivyananiye benshi
Divertissement

Mona Walda ngo yakoze ivyananiye benshi

Freema Boy umuririmvyi w’umurundi avuga ko ubukwe bwa Mona Walda bwababaje benshi kandi ngo yarongowe n’umugabo amusumvya imyaka. Abandi ngo ntibaberanye, ariko Boy we arakeza Mona Walda kuvyo yakoze kuko ngo hariho benshi mu…

Sonia VyamungubySonia Vyamungu
March 18, 2025
344
1
Aubin lux avuga ko bitamworoheye gusohora indirimbo ”ishwi”
Entertainment

Aubin lux avuga ko bitamworoheye gusohora indirimbo ”ishwi”

Aubin Lux ni umuririmvyi w’umurundi aheruka gusohora indirimbo na Big Fizzo bise ''ishwi''. Iyo ndirimbo avuga ko yakozwe umwanya munini kubera ko uburyo bwo kuyisohorera amasanamu bwabaye buke ariko mu…

Sonia VyamungubySonia Vyamungu
March 14, 2025
444
1
Kayanza : Abarimyi baridoga ko bataronswa agahembo kabo
Agriculture

Kayanza : Abarimyi baridoga ko bataronswa agahembo kabo

Bamwe mu barimyi b'icayi bo muri komine Muruta intara ya Kayanza bavuga ko haheze amezi yababa 4 batararonswa amafaranga yabo ariko muri abo hari abashima kugurisha icayi ku bandi babarusha uburyo kugira babe barikenura.…

Sonia VyamungubySonia Vyamungu
March 13, 2025
276
1
Indirimbo ”uri mwiza” yakozwe n’imisore itatu
Divertissement

Indirimbo ”uri mwiza” yakozwe n’imisore itatu

Uwo mugwi w'abaririmvyi batatu bavuga ko indirimbo basohoye batayikoze bonyene ariko hariho ababafashije. Iyo mikangara ivuga ko bitari vyoroshe kugira basohore amasanamu hamwe no kwinjira mu nzu ihinyanyura umuziki.…

Sonia VyamungubySonia Vyamungu
March 12, 2025
313
Bujumbura: Umuririmvyi NLEE aragarutse mu muziki
Entertainment

Bujumbura: Umuririmvyi NLEE aragarutse mu muziki

NLEE n'umurirmvyi w'umurundi , akaba yaramaze igihe atakiboneka mu muziki kumvo zokubura amafaranga no gukora amasanamu nkuko yaravyifuza , kubona agarutse mu muziki ngo nuko habonetse abamushigikira, akavuga ko…

Sonia VyamungubySonia Vyamungu
March 7, 2025
225
1
Bujumbura:Agashavu ni kenshi hagati ya Sat-b na MB Data
Entertainment

Bujumbura:Agashavu ni kenshi hagati ya Sat-b na MB Data

Abaririmvyi babiri b'abarundi MB Data na Sat-B ntibariko barahuza kubera agashimwe "Trace Awards " aho bacishije ku mbuga ngurukanabumenyi zabo za X na Facebook bavuga ko hageze ko n'abarundi baja…

Sonia VyamungubySonia Vyamungu
March 5, 2025
318
1
Channy Queen avuga ati: ”Umuziki nagomba ndawuhebe”
Entertainment

Channy Queen avuga ati: ”Umuziki nagomba ndawuhebe”

Umuririmvyikazi Channy Queen kubera ivyo yaciyemwo vyatumye ashaka guheba umuziki. Avuga ko ivyo kuririmba bitigeze bimworohera niko guca abanza guhagarika umwanya muto ari nayo mpamvu atariko araboneka cane mu muziki.…

Sonia VyamungubySonia Vyamungu
February 28, 2025
370
1
 Lino G na Kirikou Akili baraye baganutse bavuye i Dubai
Entertainment

 Lino G na Kirikou Akili baraye baganutse bavuye i Dubai

Abaririmvyi b'abarundi Lino-g hamwe na Kirikou Akili inyuma y’indwi imwe basohotse igihugu bamaze kugaruka. Hari ku musi wa mbere igenekerezo rya 24 ruhuhuma 2025 aho bashika ku kibuga c’indege citiriwe Melchior Ndadaye…

Sonia VyamungubySonia Vyamungu
February 25, 2025
661
1
Bujumbura : Imirima y’inyanya irabangamiwe n’indwara y’ikibabu
Agriculture

Bujumbura : Imirima y’inyanya irabangamiwe n’indwara y’ikibabu

Bamwe mu barimira mu mwonga wa Murembwe ahitwa Karemvya ku mutumba Kanyenkoko muri zone Rumonge bafise ubwoba ku ndwara yateye imirima yabo y'inyanya. Iyo ndwara bavuga ko yitwa ikibabu, ituma ibiturumbwe vy'inyanya…

Sonia VyamungubySonia Vyamungu
February 25, 2025
358
1
Fabelove ntaco asigiye abaririmvyi b’abarundi
Burundi

Fabelove ntaco asigiye abaririmvyi b’abarundi

Umuririmvyi Fabelove avuga ko Hip Hop ikora abantu bazi ivyo bariko barakora nayo abakora izindi ndirimbo ngo n'uko baba bashaka kuririmba nk'abakobwa. Ngo iyo uje gukora umuziki wa Hip Hop uba wiyemera ata…

Sonia VyamungubySonia Vyamungu
February 20, 2025
478
1
  • Previous
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • Next

Latest News

Burundi: Rwasa mubahiganirwa ikibanza c’umukuru w’igihugu 

Burundi: Rwasa mubahiganirwa ikibanza c’umukuru w’igihugu 
Janvier NzokurigombabyJanvier Nzokurigomba
November 21, 2026
104
FacebookTwitter
Pinterest

Burundi : l’insuffisance de l’électricité au cœur du désaccord entre le gouvernement et les industriels

Burundi : l’insuffisance de l’électricité au cœur du désaccord entre le gouvernement et les industriels
Égide NahayobyÉgide Nahayo
November 20, 2026
110
FacebookTwitter
Pinterest

Burundi: abarovyi barasaba kwongererezwa ubuhinga bwo kuroba amafi

Burundi: abarovyi barasaba kwongererezwa ubuhinga bwo kuroba amafi
Janvier NzokurigombabyJanvier Nzokurigomba
November 20, 2026
110
FacebookTwitter
Pinterest

Burundi : igiciro c’icayi ku murimyi kigiye kuduzwa

Burundi : igiciro c’icayi ku murimyi kigiye kuduzwa
Nolis NduwimanabyNolis Nduwimana
November 20, 2026
110
FacebookTwitter
Pinterest

Burundi : le prix d’achat du thé doublé, un nouvel espoir pour les producteurs

Burundi : le prix d’achat du thé doublé, un nouvel espoir pour les producteurs
Nolis NduwimanabyNolis Nduwimana
November 20, 2026
108
FacebookTwitter
Pinterest
Indundi Culture | Radio
Copyright © 2023 IndundiCulture Radio - IndundiCulture Radio.
  • Qui nous sommes
  • Programmes
  • radio
  • Actualités
    • Culture
    • Education
    • Sante
    • Economie
    • Environement
    • Politique
    • Justice
    • Droits de l’homme
    • Sport
    • Société
    • sécurité
    • Coopération
    • Divertissement
  • Magazine
  • Journaux
    • Journal en Français
    • Amakuru mu kirundi
  • Contacts
  • Language
  • Grille des programmes
  • IndundiRadioLive
Indundi Culture | Radio
  • Qui nous sommes
  • Programmes
  • radio
  • Actualités
    • Culture
    • Education
    • Sante
    • Economie
    • Environement
    • Politique
    • Justice
    • Droits de l’homme
    • Sport
    • Société
    • sécurité
    • Coopération
    • Divertissement
  • Magazine
  • Journaux
    • Journal en Français
    • Amakuru mu kirundi
  • Contacts
  • Language
  • Grille des programmes
  • IndundiRadioLive
Copyright © 2023 IndundiCulture Radio - IndundiCulture Radio.

Login

Welcome, Login to your account.

Forget password?

Register

Welcome, Create your new account

No account? Go to Sign In

Recover your password.

A password will be e-mailed to you.

Sign In
Indundi Culture | Radio
Live radio & news in one app
Open