Matongo: Imiryango y’abatwa irasaba ibisakazo vy’inzu
Muri kino gihe c’urushana Imiryango y’abatwa bo mu gacimbiri Munyika ,umutumba Gitwe muri komine ya Matongo intara ya Kayanza iratabaza abajejwe intwaro muri kino gihe ngo kubaronsa ibisakazo vy’inzu bubatse mw’ihimirizwa…















