Igice ca kabiri c’ihiganwa rikuru Primus ligue Burundi umwaka wa 2024-2025 kigiye gutangura
Igisata kijejwe gutunganya amahiganwa mw'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru FFB camaze kumenyesha abayobozi b'imigwi ko igice ca kabiri c'ihiganwa rikuru rya Primus League Burundi 2024-2025 kigiye…













