Ku myaka 58 aracatera umupira w’amaguru nk’uwabigize umwuga
Kazuyoshi Miura, umukinyi w’umupira w’amaguru w’Umuyapani w’imyaka 58, arabandanya akina umupira z'amaguru nk'uwabigize umwuga. Kazuyoshi Miura akaba yavutse igenekerezo rya 26 ruhuhuma 1967. Kazuyoshi yatanguye…
























