Abaririmvyi b'abarundi Lino-g hamwe na Kirikou Akili inyuma y’indwi imwe basohotse igihugu bamaze kugaruka. Hari ku musi wa mbere igenekerezo rya 24 ruhuhuma 2025 aho bashika ku kibuga c’indege citiriwe Melchior Ndadaye…
Umuririmvyi Fabelove avuga ko Hip Hop ikora abantu bazi ivyo bariko barakora nayo abakora izindi ndirimbo ngo n'uko baba bashaka kuririmba nk'abakobwa. Ngo iyo uje gukora umuziki wa Hip Hop uba wiyemera ata…
Bamwe mu badandaza bariko barubaka utuzu tw’idandarizo twabo nk'uko babisabwe, abandi nabo babandanya batunganya ikibanza bazotwubakamwo mu gusasa amabuye hasi. Hafi y'aho abadandaza bahora muri iyo soko usanga…
Inama nshingamateka yaraye yemeje kuri uyu wa kane igenekerezo rya 13 ruhuhuma 2025, abagabo babiri bagiye gusubirira abandi mu mugwi ujejwe ukuri no kurekuriranira CVR. Gélase Daniel Ndabirabe, umukuru w'inama…
Bamwe muba ''influenceurs'' b'abarundi hamwe n’umuririmvyi Alvin Smith ntibariko bashimishwa n'inyifato y'abanyarwanda bamwe bamwe bariko bakoresha imbuga ngurukana bumenyi mu gucafuza izina…
Umuvuga butumwa akaba n'umuririmvyi w'indirimbo zihimbaza Imana Pasteur Lopez Nininahazwe ariko abonekamwo impano ikomeye cane y'Uburundi aho ari muri bamwe bariko basubiza akanovera indirimbo zihimbaza Imana…
Abanyagihugu baba ku mitumba ya Tenga Locale na Tenga Gahwama muri zone Mutimbuzi intara ya Bujumbura ahatarashika umuyagankuba w'ishirahamwe Regideso basaba ko boronswa uwo muyagankuba kugira babandanye bakora ibikogwa…
Vichou Love agiye kuzoteramisha abakundana k'umusi mukuru wabahariwe wama uhimbazwa igenekerezo rya 14 Ruhuhuma uko umwaka utashe, abicishije mu muziki w'ikibiriraho. Uwo musi uzoba ari n'akaryo ko kurekura…
Abakenyezi bo muri komine Nyamurenza mu ntara ya Ngozi bemeza ko ingo ziriko zirasambuka muri iki gihe ku bwinshi bitewe n'inda ndende canke ico bise ivumwe Umukenyezi N.C wo muri komine Nyamurenza agira…
Umuririmvyi w'umurundi azwi kw'izina rya Chuma cha chuma yamenyekanye cane ku ndirimbo yise Kizunguzungu, yaciriwe gufungwa imyaka itatu hamwe n'ihadabu y'amafaranga y'amatanzaniya ibihumbi amajana…
Intumbero yatumye Vichou love akorana n'abaririmvyi 9 muri album yiwe yise"Ikete"niyo kwerekana akarorero keza hamwe n'urukundo abaririmvyi b'abarundi bakwiye kugiranira,nkuko abivuga. Vianney…
Sat B ni umuririmvyi amaze imyaka itari mike mu muziki ndundi. Indirimbo ziwe zagiye zirakundwa kubwo ajambo azirimwo na cane cane iyo yise Inkuru y'ukuri yanatumye aca amenyekana cane avuye mu murwi Wanavesi kikosi…
Kuri uyu wa mbere, igenekerezo rya 3 Ruhuhuma 2025, umushikiranganji muvyo ajejwe harimwo imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu Albert Shingiro yamenyesheje ko leta y’uburundi yiteguriye kwakira abarundi bagiye…
Tity Love avuga ko Koo K bahebeye rimwe kuririmba igihe bubakaniye. Ico gihe ngo baciye batangura gukina amareresi. Uwo muririmvyikazi aheruka gusohora indirimbo nshasha yise “Ntahonoja”. Mu kiganiro indundi hit show co kuwa…
Niyongabo Dior umwe mu barongoye umugwi MW team avuga ko ari umugwi ugizwe n'abantu batatu ariko umwe niwe atagaragaye muri iyo ndirimbo bise “Natura ijambo“. Iyo ndirimbo bayanditse bayikuye mw'ijambo bigishijwe…
Urudandazwa rw'inyama z'inka rusigaye ari akananirabahinga muri komine Bugendana intara ya Gitega aho yari ikomine yakunda kurangwamwo inyama nyinshi cane. Umwe mu bayanga inyama avuga ko urudandazwa rw'aho…
Umuririmyi w'umurundi azwi kw’izina rya Vichou Love avuga ko adashobora kuja kuririmbira mu makungu mu gihe abona ko yovayo umufuko utuzuye amafaranga kuko yipfuza kuba umuririmvyi mpuzamakungu gutyo yinjize…
Inama nkenguzamateka y'Uburundi inyuma yo gukora amatohoza kugihe c'intwaro ya bakavamahanga n'ingaruka zavuye k'ihindurwa ry'intwaro ryakozwe n'ababiligi mu 1925, yerekana ko atayindi…
Afatiye k’ukungene ibijanye n'intwaro, ubutunzi be n'imibano vyari bitunganijwe imbere y'umuzo w'abakoloni, Emmanuel Sinzohagera ashikiriza ko ubumwe bw'abarundi bwabonekera mw'itunganywa…
Bamwe mu banyagihugu baba ku mutumba Gasenyi-Nyakabondo, Komine Mutimbuzi iri mu ntara ya Bujumbura bamenyesha ko umuntu umwe amaze kwitaba Imana, abandi batandatu barakomereka mu kiringo c’ukwezi kumwe biturutse ku busuma…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.