Umuhinyanyuzi akaba n'umuririmvyi asanzwe avuka mu ntara ya Ngozi azwi kw'izina rya Endo Mike yaramaze imyaka 3 mu gihugu ca Canada aho yarikumwe n'umuryango wiwe ariko ubu akaba abarizwa mu gihugu c'u…
Big Fizzo aranegura ingeso zimwe zimwe ziboneka mu baririmvyi yareze mu mugwi Bantu bwoy akaba atarya umunwa mu kuvuga KO batakimuha na yambu. Mugani Desire asanzwe ariwe nyene inzu ihinyanyura umuziki "Bantu…
Umuririmvyi “Mutama wubuki” azwi kw’izina rya ´Easy Boy ni we akunda kuvuga ngo “ubuntu burihabwa”, kandi ngo “kuguma uboneka mu bibanza vyinshi vyica akazi”. Amenyesha ko kugira umuziki ndundi ushike kure, ari ukuraba ivyo…
Imirima igizwe n'ibiraya hamwe n'ibiyoba iri ku mitumba ya Rongero na Birongozi muri komine n'intara ya Rutana y'umurundi asanzwe aba mu gihugu ca Canada yarasahuwe iyindi ironeshwa,agasaba abarongozi…
Umuririmvyi w'umurundi Gaël Manirampa aririmba akoresheje umudiho wa Raggaae avugako umurasita arangwa n'urukundo akarangwa n'ubutungane.Uyo muririmvyi aririmba mu rurimi rw’icongereza aranavuga ko ubutumwa…
Umuririmvyi w'umurundikazi azwi kw'izina rya Natasha, ni we avuga ko urukundo ari rwo rushikana umuziki kure, kuko n'abaririmvyi bo mu bindi bihugu bashika kure kubera gukorera hamwe. Umuririmvyi Natachs…
Umuririmvyikazi w’umurundi Laurette Tetero asanzwe amaze imisi itari mike mu gihugu ,ariko asigura ahavuye ingingo yokwakira,asigura ko yagiye gushigikira umuvuga butumwa Chris Ndikumana mu gikorane yakoze itariki 08 kigarama…
Espérance Ndoricimpa ni umuvugabutumwa akongera akaba n'umuririmvyikazi asanzwe aba muri Leta zunz’ubumwe za Amerika. Uretse indirimbo agiye gushira ahabona vuba, hari igikorwa c'ivugabutumwa no gufasha abatishoboye…
Umuririmvyi akomoka mu gihugu c'u Rwanda Kitoko ubu abarizwa mu gihugu c'Ubwongereza yasohoye ubushasha indirimbo "Yasa n'irirenga" yaririmbwe n'umuririmvyi w'inararibonye Burikukiye Prosper…
Umurwi YM ugizwe n’imisore ibiri iva mu ntara ya Makamba uvuga ko witeguye gutangaza abatari bake biciye mu ndirimbo bagiye gusohora.Mu kiganiro Indundi Hit Show co ku munsi wa kabiri igenekerezo rya 12 Munyonyo muri studio…
Umuririmvyi Big Fizzo ari mu rugendo rw’akazi mu gihugu ca Canada aho yiteguriye guteramisha abarundi n’abandi basanzwe baba muri ico gihugu .Uyo muririmvyi yaramaze imisi mu gihugu c’Ubutaliyano akaba kandi aheruka gusohora…
Bamwe mu bakenguzamateka baratewe impungenge n'ubukene bw'imbuto zitandukanye bubandanya bwibonekeza . Umushikirangaji w'uburimyi ari umutumire mu nama Nkenguzamateka kuri uyu gatatu igenekerezo rya 30 Gitugutu…
Ku musi wa mbere igenekerezo rya 28 Gitugutu 2024, umuririmvyikazi w'umurundi Monna Walda yarasohoye itangazo yanditse ku rubuga rw'iwe rwa X aho yariko yishura ku bantu bandika amajambo yo gucafuza izina ryiwe no…
Kuri uwu wa mbere igenekerezo rya 28 Gitugutu 2024 mu gihe c’umutaga, niho umumenyereza Patrick Sangwa yashika mu gihugu c’Uburundi. Umwe mu basanzwe bakora mw’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru yabwiye Radio Indundi Culture…
Inyuma yo kutumvikana hagati y'umuririmvyi Double jay na Dj Paulin ku ndirimbo "Sinokwilalana",iyo ndirimbo yamaze gukurwa ku rubuga rwa YouTube. Iyo ndirimbo Sinokwilalana yateje impari ikaba yakuwe kuri ugwo…
Kuva umugwi w’Urunani uronse uburenganzira bwo guserukira Uburundi mu nkino za BAL, utsinze muri Playoffs umugwi Dynamo inkino 4 kuri 3,uwo mugwi ubanadanya wandikisha amateka kuko kuva ushitse mu gihugu ca Tanzaniya mu nkino…
Bamwe mu banyagihugu bo mu zone Gatumba muri komine Mutimbuzi intara ya Bubumbura baratewe impungenge na bimwe mu bikoko vyiyerereza mu mihana yabo kuva hatanguye kwibonekeza imyuzirira ivuye kw'iduga ry'amazi…
Plus de 300 personnes, dont environ 200 policiers, ont été blessées lors de violences ayant émaillé des matchs de football durant la phase aller du championnat d’Algérie entre août et novembre 2018, a annoncé dimanche 13 …
Élu Ballon d’Or africain 2018 lors des CAF Awards, le footballeur Égyptien Mohamed Salah est aussi la nouvelle icone de son pays.Ses buts avec Liverpool, son influence dans le jeu de la sélection nationale égyptienne, son!--more-->…
Uganda’s vocal legislator Robert Kyagulanyi, popularly known as Bobi Wine announced on Tuesday that he will return to the country on Thursday, urging his supporters to prepare to ‘continue the struggle for a better Uganda’. !--more-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.