Bari kumwe n'umumenyereza mukuru Alain Olivier Niyungeko hamwe na Amouri Manirakiza icegera ciwe, bamaze gushira ahabona abakinyi 23 bazofata urugendo ruzobashikana i Bamako muri Mali mu nkino zibiri zo kurondera…
Bamwe mu badandaza bariko barubaka utuzu tw’idandarizo twabo nk'uko babisabwe, abandi nabo babandanya batunganya ikibanza bazotwubakamwo mu gusasa amabuye hasi. Hafi y'aho abadandaza bahora muri iyo soko usanga…
Bamwe muba ''influenceurs'' b'abarundi hamwe n’umuririmvyi Alvin Smith ntibariko bashimishwa n'inyifato y'abanyarwanda bamwe bamwe bariko bakoresha imbuga ngurukana bumenyi mu gucafuza izina…
Umuvuga butumwa akaba n'umuririmvyi w'indirimbo zihimbaza Imana Pasteur Lopez Nininahazwe ariko abonekamwo impano ikomeye cane y'Uburundi aho ari muri bamwe bariko basubiza akanovera indirimbo zihimbaza Imana…
Abanyagihugu bo ku mutumba Gikoto bafise ubwoba bivanye n'ikimanga kibegereye kimaze imyaka itatu kitarakorwa bagasaba ko bofashanya na Reta mw'itunganywa ryaco. Ubuyozi bumenyesha ko babwiwe kuzorondera aho bokura…
Abanyagihugu baba ku mitumba ya Tenga Locale na Tenga Gahwama muri zone Mutimbuzi intara ya Bujumbura ahatarashika umuyagankuba w'ishirahamwe Regideso basaba ko boronswa uwo muyagankuba kugira babandanye bakora ibikogwa…
Umugwi nserukira gihugu w’Uburundi Intamba mu rugamba ugiye kwakirira ibihugu vya Côte d’Ivoire na Seychelles mu gihugu ca Maroc muri za nkino zo kurondera itike yo kwitabira igikombe c’isi c’umwaka wa 2026. Ivyo tukaba…
Umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba w'abigeme muri Basketball ntiworohewe mu gihugu ca Egiputa hariko harabera inkino zo kurondera uburenganzira bwo kwitabira inkino za AfroBasketwomen2025 zizobera mu gihugu ca…
Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 8 Ruhuhuma 2025, urubuga rwa Sofascore rwarashize ahabona urutonde rw’abakinyi 11 bamuka ku mugabane wa Africa bariko bigenza neza kuva umwaka w’inkino wa 2024 -2025 utangura muri ya…
Uwimana Aniella umukinyi asanzwe akinira umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba yamaze gushira umukono ku masezerano y'imyaka ibiri azomara akinira umugwi Jeddah FC wo muri Arabie Saoudite. Uwo mugwi ukaba uri mu…
Ku ndwi ya 18 mw'ihiganwa rya Primus ligue Burundi, kuri uyu w'Imana igenekerezo rya 02 Ruhuhuma 2025 ku kibuga Urunani, umugwi Vital'o wari wakiriye Musongati wo mu ntara ya Gitega urukino ruza kurangiye ari…
Sat B ni umuririmvyi amaze imyaka itari mike mu muziki ndundi. Indirimbo ziwe zagiye zirakundwa kubwo ajambo azirimwo na cane cane iyo yise Inkuru y'ukuri yanatumye aca amenyekana cane avuye mu murwi Wanavesi kikosi…
Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 03 Ruhuhuma 2025, igisata kijejwe amahiganwa mw’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi, FFB carungikiye amakete imigwi ikina mu cicaro ca mbere mu Burundi. Muri ayo makete, ico gisata…
Kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 02 Ruhuhuma 2025, umugwi Police Fc waraye wakiriye umugwi Sofapaka Fc ku kibuga Kenyatta Matchakos kiri mu gisagara ca Nairobi mu rukino rw’indwi igira 19 rw’ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere…
Abadandaza b’ivyamwa mw’isoko nkuru ya Cibitoke baridoga ko muri kino gihe bakora bahomba,ahanini bivuye ku bukene bw’igitoro .Bamwe mu badandaza bemeza ko uretse ko ivyamwa vyazimvye haraho bishika bikabononekerako kuko…
Abarimyi bo ku mutumba Mubuga commune Buye intara ya Ngozi bafise amakenga ko umwimbu w'ibiharage utazogenda neza muri rino rima ry'agatasi. Ayo makenga y'abarimyi afatiye ku ndwara bavuga ko yateye imirima…
Kuri uyu wa mbere, igenekerezo rya 3 Ruhuhuma 2025, umushikiranganji muvyo ajejwe harimwo imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu Albert Shingiro yamenyesheje ko leta y’uburundi yiteguriye kwakira abarundi bagiye…
Tity Love avuga ko Koo K bahebeye rimwe kuririmba igihe bubakaniye. Ico gihe ngo baciye batangura gukina amareresi. Uwo muririmvyikazi aheruka gusohora indirimbo nshasha yise “Ntahonoja”. Mu kiganiro indundi hit show co kuwa…
Le ministre burundais des Affaires Etrangères et de la Coopération au Développement Albert Shingiro a reçu en audience ce lundi 18 novembre 2024, une délégation de la diaspora burundaise, venue lui présenter le rapport des…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.