Uburundi bugiye kurongora inama ishingiye k’ubutunzi y’ibihugu vyo muri Afrika yo hagati CEEAC. Kubwa Cyprien Mbonimpa ni akarusho k’ubutunzi bw’igihugu mu gihe hokorwa ivyigwa. "Iyo ufise uwawe ari imbere nawe ukaba…
Haraheze indwi irenga uruja n'uruza rugabanutse hagati y'Uburundi na Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Congo, RDC inyuma y'aho intambara yadukiye hagati y'umurwi ugwana Wazalendo n'igisirikare…
Abakora umwuga wo gukora ama machine bakoresha mu kuroba mu kiyaga Tanganyika babona ko ari umwuga ubatunze n'ubwo usanga bahura n'ibibazo bitandukanye. Mathieu Nduwayo ni umufundi akora ama machine akoreshwa…
Imwe mu miryango yo muri zone Rubirizi komine Ntahangwa intara ya Bujumbura iravuga ko gushika ubu ifise ikibazo co kwivuza ikoresheje ikarata yo kwivurizako izwi nka carte d'assistance maladie kubera amikoro make. Imwe…
Inyuma yo gutandukana na USM Alger umugwi wo mu gihugu ca Algérie, Bimenyimana Bonfils Caleb yaraye atangajwe nk'umukinyi mushasha mu mugwi Jeddah Sport FC wo mu cicaro ca kabiri mu gihugu ca Arabie Saoudite. Bimenyimana…
Ukugumiza mu mvuto abanyororo kandi barejejwe na sentare canke baragiriwe ikigongwe n'Umukuru w'igihugu ni bimwe muvyo ishirahamwe ryishinze kwitaho agateka k'abanyororo n'imiryango yabo, Ntabariza SPF…
Abafise ikibazo co kurangura amabanga y’abubatse mbere n’izindi ndwara zifatira mu bihimba vy’irondoka ngo barashobora kwitura ubuvuzi kama. Ubuvuzi kama burakorana kandi n’ubuvuzi bwa none. Nk'uko tubisigurirwa…
Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 2 Nyakanga 2025 i Abidjan muri Côte d’Ivoire umugwi nserukira gihugu w’Uburundi wakoze imyimenyerezo igira kabiri yo kwitegurira igihugu ca Côte d’Ivoire mu rukino rwo kurondera igikombe…
Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye yaragendeye abarimyi b'ikibonobono kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 1 Nyakanga 2025. Inyuma yo gushikiriza ku mugaragaro uwugiye kuramutswa ubuyobozi bw'intara ya…
Umuririmvyi Bru Jamen avuga ko kwiyumvira gukorana indirimbo n'umuririmvyikazi Kellyna aruko yari yabonye ko ibikorwa vyiwe ari vyiza kandi ko bikundwa na benshi. Arasaba ababishoboye, abanyamitahe n'aba diaspora ko…
K'umweha Nyamugari w'ikiyaga Tanganyika muri komine Mugere intara ya Bujumbura haribonekeza abana bahevye amashure bagiye mu mwuga wo kuroba. Bamwe bati vyoba bituruka ku mikoro make abandi bati harimwo n’ubugaba…
Abarimyi babona ko reta yoshiraho umugwi ujejwe gukurikirana ivyerekeye ingurane ihabwa abrimyi. Umushikiranganji wa mbere we ashikiriza ko hariho impamvu reta yahisemwo iyo ntunganyo. Nk'uko bishikirizwa n'umwe mu…
Bamwe mu banyagihugu bo muri karitiye Kajiji zone Kanyosha muri komine Mugere intara ya Bujumbura bavuga ko batashimishijwe n'ingene amatora y'umukuru w'iyo karitiye yagenze. Bidoga ko hari umwe mubo bari…
Mw'ishirahamwe ry'abaririmvyi "SOVAB Agashitsi" basaba ko inyugu bari baremerewe n'ikigo c'igihugu kijejwe gukingira ibikorwa mvabwenge ku bikorwa vyabo mu 2023 boyihabwa. Iryo shirahamwe…
Umuririmvyi Wiz Designer avuga ko indirimbo yayikoreye abakunzi b'umuziki kuko bari bagize imisi bamubwira ko bakumbuye ibikorwa vyiwe bica bihurirana nawe yari mu myiteguro yo kuyikora. Afise umugwi African Bain man…
Umuririmvyi Douce Marly avuga ko indirimbo yakoze yise "Nzoshikirahe" ari nk'akaganuke yahaye abakunzi b'indirimbo ziwe kuko baguma bamubwira ko yosohora iyindi ndirimbo. Iyo ndirimbo kandi ngo ni inkuru…
Bamwe mu barimyi bakorera mu bice bitandukanye vyo muri komine Bubanza mu ntara ya Bujumbura baridoga ko bariko baragira ingorane zitumwe n'ibura ry'ifumbire yo mu bwoko bwa irré, bamenyesha ko haheze amasizeni 3…
Ihiganwa rya karate ryari ryateguwe ku rwego rw’igihugu n’ishirahamwe rya Karate mu Burundi ( FEBUKA) ryaraye risozerewe. Iryo higanwa ryatanguye kuva ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 23 gushika ku musi w’Imana…
Umuririmvyi kirikou akili avuga ko icuyumviro co kwandika indirimbo "aha nihe" cavuye kuvyo yariko aracamwo. Ni mugihe yari yagiriwe ibakwe ryokuguma asohoka igihugu aja mu bihugu bitandukanye. Arashimira abantu…
Hari ku musi w’Imana uheze igenekerezo rya 17 Myandagaro 2025 aho umugwi PERSIJAP Jepara usanzwe ukinamwo umusatirizi w’Intamba mu rugamba Sudi Abdallah wahura n’umugwi Persib mu rukino rw’indwi igira 2 rw’ihiganwa ryo mu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.