Lolilo Simba avuga ko kubona indirimbo yakoranye n’umuririmvyi Diamond Plantmuz wo mu gihugu ca Tanzaniya bise "Natamani" yayikoze ni nguvu nyishi munyuma yo kuyishira k'urubuga gwiwe gwa you tube asanga…
Abanyagihugu bateshejwe izabo n'imyuzurira y'amazi bo muri zone Gatumba komine Mutimbuzi intara ya Bujumbura batarimurwa muri ico gice basaba ababijejwe kubimura nkuko babigiriye abandi kuko bahura…
Les 5 000 ménages, anciens occupants de Kagaragara aujourd'hui délocalisés vers Buringa, en commune de Gihanga, province de Bubanza, ne sont plus autorisés à cultiver les terres de Kagaragara qu'ils exploitaient…
Muri reta zunze ubumwe za America mu gisagara c'i Los Angeles muri leta ya Calfornia,umuriro gushika n'ubu uracarandagata ivyaho harimwo n'amazu y'ibihangange mu mumuziki wa America,gushika ubu hakaba…
Les zones d'ombre, particulièrement présentes dans les régions frontalières du Burundi, suscitent l'inquiétude des députés, car elles limitent l'accès à l'information pour la population locale, souvent en…
Generecha Bidondo avuga ko kubona atariko araboneka muri kino gihe ari kubera aba diaspora babibagiye baguma baduza abaririmvyi bubu ariko bo batanguye umuziki kera bameze nk'abibagiwe,agasaba ko nabonyene bokwibukwa…
Umuhinyanyuzi akaba n'umuririmvyi asanzwe avuka mu ntara ya Ngozi azwi kw'izina rya Endo Mike yaramaze imyaka 3 mu gihugu ca Canada aho yarikumwe n'umuryango wiwe ariko ubu akaba abarizwa mu gihugu c'u…
Big Fizzo aranegura ingeso zimwe zimwe ziboneka mu baririmvyi yareze mu mugwi Bantu bwoy akaba atarya umunwa mu kuvuga KO batakimuha na yambu. Mugani Desire asanzwe ariwe nyene inzu ihinyanyura umuziki "Bantu…
Depuis novembre 2024, l'attribution des parcelles à Kizingwe-Bihara cause des conflits, certains propriétaires se plaignant de double attribution et de la présence de groupes posant des bornes durant la nuit. Cette…
Umuririmvyi “Mutama wubuki” azwi kw’izina rya ´Easy Boy ni we akunda kuvuga ngo “ubuntu burihabwa”, kandi ngo “kuguma uboneka mu bibanza vyinshi vyica akazi”. Amenyesha ko kugira umuziki ndundi ushike kure, ari ukuraba ivyo…
Harategekanijwe urukino rwo kwibuka amateka y'umumenyereza Kanyenkore Jean Gilbert Yaoundé yamenyereje ikiringo kitari gito Vital'o FC n'imigwi itari mike mu Rwanda muri kino asanzwe akitswe…
Les maisons en construction près de la rivière Mugere, destinées à servir d'abattoir, sont actuellement inondées par les eaux de la rivière, ce qui bloque l'accès au chantier et retarde les travaux. Les résidents…
Les résidents du quartier Kibenga, déplorent que la société chargée de la collecte des immondices ne respecte pas le contrat, passant parfois un mois sans effectuer aucune collecte, ce qui pose un risque sanitaire, surtout en…
Après la sortie des listes électorales validées par la Commission Electorale Nationale Indépendante (CENI), Certains responsables de partis politiques et coalition déclarent avoir été déçus à l’annonce des résultats d’analyse…
Le secrétaire général du parti CNDD-FDD, Réverien Ndikuriyo, a affirmé qu'aucune amnistie ne sera accordée aux personnes ayant contesté le troisième mandat de Pierre Nkurunziza, sous l'autorité de la justice…
La chambre basse du parlement a analysé et a adopté lundi 06 janvier 2025 un projet de loi portant répression de la capture illicite d'aéronefs, la ministre a souligné son importance, notamment pour le transfert des…
Un caniveau situé à la frontière de l'école de la convivialité et des bureaux de la zone Kanyosha, en commune Muha, subit un effondrement progressif, particulièrement près du cimetière. Les résidents se préoccupent de…
Le musée national de la culture de Gitega, qui célèbre actuellement ses 70 ans, est confronté à de nombreux défis, notamment la vétusté des infrastructures et la baisse du nombre de visiteurs depuis la crise du carburant. La…
Umugwi Messager Ngozi uvugako wakoresheje imiliyoni 201 506 000 mu gice co gutangura,muri ayo,ayangana n'imiliyoni 60 280 000 mu mafaranga y'amarundi niyo yakoreshejwe mu gihemba abakinyi b'uwo mugwi. Nubwo…
Igisata kijejwe gutunganya amahiganwa mw'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru FFB camaze kumenyesha abayobozi b'imigwi ko igice ca kabiri c'ihiganwa rikuru rya Primus League Burundi 2024-2025 kigiye…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.