Alors que la sous-région des Grands Lacs continue de faire face à des conflits armés et à des tensions transfrontalières, le Burundi, relativement épargné, subit les conséquences indirectes de l’instabilité régionale.…
Abasirikare batari bake bo mu gisirikare ca Sudan (SAF) bahungiye muri Sudani y’epfo, inyuma yo kuva mu bice vyabo bisanzwe birimwo igitoro muri Heglig, ku bitero bikomeye cane vy’ingabo za Rapid Support Forces (RSF).…
Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye, yatumiwe na mugenzi we arongoye igihugu ca Leta Zunze Ubumwe za Amerika, Donald Trump i Washington DC aho hategekanijwe ibirori vyo gusinya amasezerano hagati ya Repuburika y’ u Rwanda…
Umukenguzamateka wo muri Reta zunze ubumwe za Amerika, Jeanne Shaheen, yasavye ko haba amatohoza yigenga mpuzamakungu ku bwicanyi n’akarenganyo vyabaye inyuma y’amatora yo ku wa 29 Gitugutu 2025 muri Tanzaniya. Ivyo yabivuze…
Reta ya Sudani yagirije intumwa za Reta zunze ubumwe bwa Amerika ko ziri mu babangamiye amahoro muri ico gihugu kimazemwo imyaka ibiri cadutsemwo intambara hagati ya Reta ya gisirikare ya Sudani irongowe na Abdel Fattah…
Un garçon de 12 ans a été retrouvé mort ce jeudi matin dans sa maison sur la colline Buheka, à Nyanza, dans des circonstances suspectes. Selon les autorités locales, l’acte serait lié à un différend familial survenu en…
Hari igihe c'isaha umunani zo ku muhingamo wo kuwa kane, igenekerezo rya 13 Munyonyo 2025 inyuma y'imvura yari ihejeje kurwa aho babona umuntu ari mu ruzi Kanyosha ahegereye ikiraro kiri mu gice ca Busoro. Bamaze…
Trois personnes dont un jeune homme et deux jeunes filles ont été retrouvées mortes entre jeudi 13 et vendredi 14 novembre 2025, après avoir été emportées par les crues de la rivière Kanyosha, dans le quartier Busoro de la…
La pluie qui s’est abattue ce dimanche sur la commune Kayanza, dans la province de Butanyerera, a coûté la vie à un enfant de huit ans et a endommagé cinq salles de classe des écoles fondamentales de Nkonge et Gitwa, situées…
Une fillette a été attaquée ce mardi matin par un crocodile alors qu’elle puisait de l’eau dans le lac Tanganyika à Nyanza, dans la province de Burunga. Grièvement blessée, elle a échappé de peu à la mort. Les habitants…
Depuis deux mois, la colline Buhiga, dans la commune de Karusi, est en proie à une vague de vols ciblant kiosques et dépôts alimentaires. Des centaines de kilos de haricots, du riz et même des appareils électriques ont…
Exposés quotidiennement à des fumées toxiques, à des brûlures et à un bruit assourdissant, les soudeurs de Bujumbura tirent la sonnette d’alarme. Sans équipements de protection adéquats, leur santé est mise en péril. Malgré…
Deux femmes ont perdu la vie dans un ravin de la forêt de Rwungu, en commune Nyanza, alors qu’elles étaient parties chercher du bois de chauffe. Selon les premiers éléments, elles auraient été poursuivies par des agents de…
Autour de la ville de Makamba, la fabrication artisanale de briques prend une tournure inquiétante. Enfants contraints de quitter l’école, sites d’extraction non réglementés, berges de rivières détruites… Derrière cette…
Umushikiranganji w'ukwivuna abansi n'ukwitaho abahoze ku rugamba, Alain Tribert Mutabazi yabivuze kuri uyu wa 15 mukakaro 2025 mu kiganiro n'abamenyeshamakuru amenyesha aho ubutumwa abasirikare b'abarundi…
Abantu bagirizwa uburozi baba mu ducimbiri 2 two muri komine Nyabiraba intara ya Bujumbura barahohotewe. Umushikiranganji w'intwaro yo hagati amenyesha ko bageze ku ntambwe ishimije mu kurwanya abo bantu bahohotera…
Des étudiants resident dans des homes universitaires de l’Université du Burundi campus Mutanga, dénoncent une recrudescence des violences et un climat d’insécurité qui perturberait la vie sur le campus. Malgré les démentis…
Les vols à l’université du Burundi, en particulier au campus Mutanga, prennent une ampleur inquiétante. Objets de valeur, habits et argent sont devenus des cibles privilégiées pour des voleurs, souvent étudiants ou…
Au cœur d’une région aussi belle que tourmentée, la CIRGL, créée pour bâtir la paix et la coopération, traverse une crise de confiance. Entre rivalités régionales, trafics de minerais et jeunesse sans avenir, l’organisation…
Haraheze igihe kingana n'umwaka amazi ya Tanganyika yararenze inkombe zayo bituma amabarabara amwe amwe yuzura amazi. Mu kigo kijejwe amabarabara ARB basigura ko iryo barabara rikeneye ivyigwa bihanitse be…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.