Uwateye akagere Uburundi yahawe ubwenegihugu bwa Sudani
Steven Ebuela umukinyi w’inyuma w’umugwi AL Hilal wo mu gihugu ca Sudani yahawe ubwenegihugu bwo muri ico gihugu inyuma yo kwanka gukinira umugwi nserukiragihugu intamba mu rugamba adahawe ivyo yasavye. Uwo mukinyi yavukiye…
























