Bujumbura: baridoga ko bateba gutunganirizwa
Abanyagihugu bitura bimwe mu bisata vya Reta mu gisagara ca Bujumbura bavuga ko bateba kwakirwa iyo bituye ivyo bisata. Uretse abitura ishirahamwe mutuelle, n'abaza kurondera zimwe mu mpapuro m'ubushikiranganji…














