Bamwe mu barimyi baranegura uko igikorwa co gusubizwa utwabo kiriko kirakorwa
Abarimyi bo ku mutumba Gakumbu, ni muri zone Rukaramu, komine Ntahangwa intara ya Bujumbura bavuga ko badashimishwa n'uko igikorwa co gusubizwa amafaranga yabo bari barihiye ifumbire kiriko kiragenda mu ma banki amwamwe…



















