Uburundi ni bwo bwatahukanye ikibanza ca 1 mw’ihiganwa ryo gusiganwa ku makinga mu bigeme
Iryo higanwa rikaba ryatanguye kw'igenekerezo rya 5 Gitugutu 2025 ririko ribera mu Burundi ku rwego mpuzamakungu mu kunyonga amakinga mu muce w'abigeme. Ihiganwa rikaba ryatanguriye muri komine Cankuzo mu Ntara ya…






















