Kabezi: abateshejwe izabo bafise amakenga ko bashobora kwirukanwa mu bibanza bahawe
Hari amazu amwe amaze gushirwa mu minwe ya komine Mugere yo mu kirwati c'abateshejwe izabo kiri muri zone Kabezi intara ya Bujumbura. Abahaba berekana ko bafise impungenge yo kwirukanwa. Ubuyobozi bw'iyo zone nyene…




















