Umuririmvyi Sat B avuga ko iyo ndirimbo ari iyiwe bwite. Kubona bakoranye n'umuririmvyi avuye mu gihugu ca Tanzaniya Ibrahm aruko bari bamaze kuba abagenzi kandi n'uwo muririmvyi yari yaramwemereye ko igihe azoza mu…
Au moment où une querelle oppose les chanteurs burundais Vichou Love et Kidum, l’artiste Paci de l’Étoile du Centre appelle à l’apaisement. Il les exhorte à s’unir plutôt qu’à se diviser, rappelant que leurs différends…
Umuririmvyi Paci wo muri Etoile du centre avuga ko abaririmvyi Vichou Love na Kidum bariko barapfa ata fatiro gifise kuko ico bose barondera ari amafaranga. Abahanura kureka izo mpari kuko zohava zituma umuziki ndundi…
Umuririmvyi Bru Jamen avuga ko kwiyumvira gukorana indirimbo n'umuririmvyikazi Kellyna aruko yari yabonye ko ibikorwa vyiwe ari vyiza kandi ko bikundwa na benshi. Arasaba ababishoboye, abanyamitahe n'aba diaspora ko…
Mw'ishirahamwe ry'abaririmvyi "SOVAB Agashitsi" basaba ko inyugu bari baremerewe n'ikigo c'igihugu kijejwe gukingira ibikorwa mvabwenge ku bikorwa vyabo mu 2023 boyihabwa. Iryo shirahamwe…
Umuririmvyi Wiz Designer avuga ko indirimbo yayikoreye abakunzi b'umuziki kuko bari bagize imisi bamubwira ko bakumbuye ibikorwa vyiwe bica bihurirana nawe yari mu myiteguro yo kuyikora. Afise umugwi African Bain man…
Umuririmvyi Douce Marly avuga ko indirimbo yakoze yise "Nzoshikirahe" ari nk'akaganuke yahaye abakunzi b'indirimbo ziwe kuko baguma bamubwira ko yosohora iyindi ndirimbo. Iyo ndirimbo kandi ngo ni inkuru…
Umuririmvyi kirikou akili avuga ko icuyumviro co kwandika indirimbo "aha nihe" cavuye kuvyo yariko aracamwo. Ni mugihe yari yagiriwe ibakwe ryokuguma asohoka igihugu aja mu bihugu bitandukanye. Arashimira abantu…
Umuririmvyi B Face avuga ko yashimye gushiramwo umudiho w'akaranga kugira ngo aryohere abakunzi biwe kuko benshi bamuzi akora indirimbo zinyaruka za rap. Arashima abakunzi biwe uko bagenda bakira ibikorwa vyiwe. Uwo…
Umuririmvyi D One avuga ko icatumye ahindura umudiho utandukanye n’indirimbo akora aruko yashatse kwerekana akaranga k’u Burundi mu makungu. Iyo ndirimbo nshasha ni imwe mu bikorwa yakoze cane gusumba izindi arico gituma…
Umuririmvyi B Kobra avuga ko uguteba m'ugusohora indirimbo ari uko yari yagize isanganya bica bituma indirimbo yariko arategura itaboneka ku gihe. Ariko n'aho yatevye, arashima kubona yarasohotse kandi igakundwa…
Umuririmvyi Gaaga Blue avuga ko ukubura kwiwe mu muziki ari kubera yahuye n'ikibazo c’uwamufasha nka manageur yitavye Imana bica bituma ibikorwa vyiwe bicumbagira muri iyo myaka yose. Vyatumye kandi atakaza urubuga rwiwe…
Umuririmvyi Drama T avuga ko indirimbo yasohoye yise "sambolela" irimwo amajambo y'ivyo yaciyemo. Drama T agira ati: "mu kwandika indirimbo nanditse nicaye ahantu kandi nari kumwe n'umugenzi mu nyuma…
Umuririmvyikazi w’umurundi Nshimirimana Anne Marie avuga ko atarota ahagarika kuririmba indirimbo mpimbaza mana ahubwo agiye gukora cane muri uno mwaka. Yabishikirije inyuma yo gusohora indirimbo yise "Tur’umwe".…
Umuririmvyi Ney Je yari amaze igihe kitari gito adakora umuziki ku mvo zo kubura uburyo no gutakaza indirimbo zari zamaze gukorwa ariko ubu akaba agarutse n’indirimbo yiwe nshasha yise "Tukanyukure" ubu iriko…
Umugwi w’imisore ibiri, Guy Noel na Issac baririmba indirimbo mpimbaza-Mana bavuga ko umugwi wabo bawutanguye bari i Gitega. Haciye imyaka ibiri bari kumwe. Umuryango ukaba waravyakiriye neza. N'aho bagiye barahura…
Umuvugizi w’ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi n’umutekano akaba kandi n’umuririmvyi Pierre Nkurikiye azwi kw'izina rya «Cinjire» haheze indwi zitatu asohoye indirimbo yise «WĀ SÈKE».…
Umuririmvyi Bain Turo avuga ko yatanguye kubona ibimenyetso bimwereka ko umwanya n'umwaya ashobora kwitaba Imana. Bimwe muri ivyo bimenyetso n'ingwara agendana muri we imubangamiye muri kino gihe. Ashaka gusigira…
Umuririmvyi w’umurundi Samy Melody avuga ko yatanguye ivyo kuririmba mu mwaka w'2014 aho yaririmba indirimbo mpimbaza-Mana. Mu nyuma yaciye aja muvyo kuririmba indirimbo z'ikibiriraho mu bunywero butandukanye mu…
Umuririmvyi w’umurundi Madiba Tha Classic avuga ko umuziki urimwo amafaranga uzi kuyarondera kuko ivyo afise uno musi abikesha umuziki. Arahanura abandi baririmvyi bamaze gufata indege no kuja gukora ibiteramo mu bihugu vya…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.