Abakinyi b'umugwi Académie Deira hamwe n'uwari ajejwe ivy'ubuhinga baraye bahanishijwe ihadabu ry'imiriyoni 10 hamwe n'imyaka 5 batitabira ibikorwa ry'umupira w'amaguru mu gihugu…
Abigeme b'imyaka 17 bayobowe n'umumenyereza Daniella Nibimenya baraye batsinze abo mu gihugu ca Côté d'ivoire ibitsindo bitatu kuri kimwe (3-1) mu rukino rwa mbere rwo kurondera itike yo kuja mu…
Umumenyereza mukuru w'umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba Patrick Sangwa yashize ahabona urutonde rw'imfata kibanza rw'abakinyi 33 azotaramwo abazoshobora ku mufasha mu nkino zibiri zo kurondera…
Inyuma yo kwagiriza amakosa menshi umukinyi w'umugwi le messager ngozi . Ubuyobozi bw'uwo mugwi bwaraye bwirukanye umusatirizi azwi kwi Zina rya Gaël Ninziza Kw'igenekerezo rya gatatu 03 ntwarante niho…
Vyaraye vyanse ko umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba w'abigeme ubandanya kurondera uburenganzira bwo kwitabira inkino z'igikombe ca Afrika zizobera muri Maroc mu mwaka wa 2026 inyuma yo gutsindwa…
Ibibazo biri mu mugwi Kayanza United nivyo biriko biratuma uwo mugwi wo mu ntara ya Kayanza ushobora kuzimangana mw'ihiganwa rikuru rya Primus ligue Burundi. Ivyo bibazo vyatanguye kwibonekeza mu gihe umugwi wari kwakira…
Umugwi nserukiragihugu w'abigeme Intamba mu rugamba ugiye gutana mu mitwe n'umugwi nserukira gihugu wa Burkina Faso mu rukino rwo gusubiriza. Urwo rukino rwo gusubiriza rugiye guhuza Burkina Faso n'Uburundi…
Gutsinda umugwi Amasipiri ibitsindo bitatu kuri kimwe vyatumye umugwi wo mu ntara ya Makamba ufata ikibanza ca mbere mu rukino rwariko rurabera ku kigo c'ubuhinga kiri mu Ngagara CTN. Umugwi Aigle noir wafashe ico…
Ishirahamwe ry'umupira w'amaguru muri Afrika CAF, aho ryamaze gushira urutonde rw'abahagarikizi bagiye kwitabira inyigisho zo kuba kw'igenegerezo rya 11 gushika kurya 15 Ntwarante 2025 mu gisagara ca…
Umumenyereza w'umurundi Christian Kabera ntakibarizwa mu Burundi akaba yagizwe umumenyereza w'ishure ry'umupira w'amaguru mu gisagara c'i Nairobi mu gihugu ca Kenya "Young Shines Soccer…
Inyuma yo kuba umumenyereza w’umugwi wo mu cicaro ca kabiri mu Burundi witwa Big Green akaba no muri Staff y’umugwi Aigle Noir , umukinyi wakera w’Intamba mu rugamba na Vital’o Fc Amissi Tambwe yagizwe Manager w’umugwi…
Bari kumwe n'umumenyereza mukuru Alain Olivier Niyungeko hamwe na Amouri Manirakiza icegera ciwe, bamaze gushira ahabona abakinyi 23 bazofata urugendo ruzobashikana i Bamako muri Mali mu nkino zibiri zo kurondera…
Umugwi nserukira gihugu w’Uburundi Intamba mu rugamba ugiye kwakirira ibihugu vya Côte d’Ivoire na Seychelles mu gihugu ca Maroc muri za nkino zo kurondera itike yo kwitabira igikombe c’isi c’umwaka wa 2026. Ivyo tukaba…
Umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba w'abigeme muri Basketball ntiworohewe mu gihugu ca Egiputa hariko harabera inkino zo kurondera uburenganzira bwo kwitabira inkino za AfroBasketwomen2025 zizobera mu gihugu ca…
Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 8 Ruhuhuma 2025, urubuga rwa Sofascore rwarashize ahabona urutonde rw’abakinyi 11 bamuka ku mugabane wa Africa bariko bigenza neza kuva umwaka w’inkino wa 2024 -2025 utangura muri ya…
Umusatirizi w'intamba murugamba Bimenyimana BonFils Caleb umurundi w'imyaka 27 y'amavuko yasinye masezerano y'umwaka umwe yo gukinira umugwi USM Alger wo mugihugu ca Algérie. Ico gikorwa…
Uwimana Aniella umukinyi asanzwe akinira umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba yamaze gushira umukono ku masezerano y'imyaka ibiri azomara akinira umugwi Jeddah FC wo muri Arabie Saoudite. Uwo mugwi ukaba uri mu…
Ku ndwi ya 18 mw'ihiganwa rya Primus ligue Burundi, kuri uyu w'Imana igenekerezo rya 02 Ruhuhuma 2025 ku kibuga Urunani, umugwi Vital'o wari wakiriye Musongati wo mu ntara ya Gitega urukino ruza kurangiye ari…
Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 03 Ruhuhuma 2025, igisata kijejwe amahiganwa mw’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi, FFB carungikiye amakete imigwi ikina mu cicaro ca mbere mu Burundi. Muri ayo makete, ico gisata…
Umukinyi w’umurundi yari asanzwe akinira umugwi w’igiporisi c’Uburundi Rukinzo, Destin Maniriho yaraye akinye urukino rwa mbere mu mugwi wiwe Mushasha As Far Rabat usanzwe uri mw'ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere muri…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.