Indundi Culture | Radio
  • Qui nous sommes
  • Programmes
  • radio
  • Actualités
    • Culture
    • Education
    • Sante
    • Economie
    • Environement
    • Politique
    • Justice
    • Droits de l’homme
    • Sport
    • Société
    • sécurité
    • Coopération
    • Divertissement
  • Magazine
  • Journaux
    • Journal en Français
    • Amakuru mu kirundi
  • Contacts
  • Language
  • Grille des programmes
  • IndundiRadioLive
Indundi Culture | Radio
Indundi Culture | Radio
  • Qui nous sommes
  • Programmes
  • radio
  • Actualités
    • Culture
    • Education
    • Sante
    • Economie
    • Environement
    • Politique
    • Justice
    • Droits de l’homme
    • Sport
    • Société
    • sécurité
    • Coopération
    • Divertissement
  • Magazine
  • Journaux
    • Journal en Français
    • Amakuru mu kirundi
  • Contacts
  • Language
  • Grille des programmes
  • IndundiRadioLive
  • Home
  • Gisèle Uwimana
Gisèle Uwimana

Gisèle Uwimana

Umurimyi w’ikawa agiye kuhatorera akoyoko
Agriculture

Umurimyi w’ikawa agiye kuhatorera akoyoko

Umushikirangaji muvyo ajejwe harimwo uburimyi n'ubworozi avuga ko ubu amafaranga mva makungu azova mu giterwa c'ikawa ubu n'umurimyi azoshikirwa. Ni mugihe ubu ikiro c'ikawa kigurwa amafaranga mva makungu…

Gisèle UwimanabyGisèle Uwimana
March 12, 2025
288
Gupanga inzu mu gisagara ca Bujumbura vyabaye ingorane
Entertainment

Gupanga inzu mu gisagara ca Bujumbura vyabaye ingorane

Mu gisagara ca Bujumbura ukwo imisi ihera niko inzu zo gupanga ziduzwa ibiciro, ivyo bigatuma abapangayi bidoga kuko babona ko bitera uruhagarara mu gihe ivyo bakora canke agashahara kabo kataba kaduze kuri ugwo…

Gisèle UwimanabyGisèle Uwimana
March 4, 2025
313
Pasteur Lopez Nininahazwe ariko aragarukana akanovera mu muziki uhimbaza Imana mu Burundi
Divertissement

Pasteur Lopez Nininahazwe ariko aragarukana akanovera mu muziki uhimbaza Imana mu Burundi

Umuvuga butumwa akaba n'umuririmvyi w'indirimbo zihimbaza Imana Pasteur Lopez Nininahazwe ariko abonekamwo impano ikomeye cane y'Uburundi aho ari muri bamwe bariko basubiza akanovera indirimbo zihimbaza Imana…

Gisèle UwimanabyGisèle Uwimana
February 12, 2025
583
Igikorwa co gusubiramwo isoko nkuru ya Bujumbura coba kigeze he?
Burundi

Igikorwa co gusubiramwo isoko nkuru ya Bujumbura coba kigeze he?

Muri wa mugambi wo kwubaka isoko nkuru ya Bujumbura "Buja City Plaza", Fabrice Manirakiza asanzwe ajejwe ivyo bikorwa mw'ishirahamwe Ubaka Nation Group avuga ko iyo soko ya Bujumbura niyamara kwubakwa hazoca…

Gisèle UwimanabyGisèle Uwimana
February 3, 2025
342
Vichou Love ati : “Nipfuza kuba umuririmvyi mpuzamakungu”
Entertainment

Vichou Love ati : “Nipfuza kuba umuririmvyi mpuzamakungu”

Umuririmyi w'umurundi azwi kw’izina rya Vichou Love avuga ko adashobora kuja kuririmbira mu makungu mu gihe abona ko yovayo umufuko utuzuye amafaranga kuko yipfuza kuba umuririmvyi mpuzamakungu gutyo yinjize…

Gisèle UwimanabyGisèle Uwimana
January 30, 2025
378
Ivyerekeye ugusha kw’Isoko nkuru ya Bujumbura vyobazwa reta
Entertainment

Ivyerekeye ugusha kw’Isoko nkuru ya Bujumbura vyobazwa reta

Uwuserukira ishirahamwe OLUCOM ryitaho kugwanya ibiturire n'isesagurwa ry'amatunga ya reta mu Burundi,avuga ko gushika ubu icaturiye isoko nkuru ya Bujumbura yadukamwo umuriro cobazwa reta ubwayo kuko…

Gisèle UwimanabyGisèle Uwimana
January 28, 2025
873
Barasaba ko ikiraro gihuza kanyosha na Gisyo cokwubakwa
Entertainment

Barasaba ko ikiraro gihuza kanyosha na Gisyo cokwubakwa

Imyaka 10 iraheze ikiraro co k'uruzi Kanyosha gihuza karitiye ya kibenga na Gisyo kibomotse, ivyo bigatuma imigenderanire hagati yayo makaritiye itoroha kuko mu kujabuka bisaba guhekwa, bagasaba ko hokwubakwa ikiraro…

Gisèle UwimanabyGisèle Uwimana
January 21, 2025
471
Umu diaspora yatanguye umugambi wo gufasha abatishoboye
Entertainment

Umu diaspora yatanguye umugambi wo gufasha abatishoboye

Abana bashika 100 bari barataye amashure kumvo z'ubukene bariko baregeranywa n'umurundikazi asanzwe aba mu gihugu ca Tchad mu ntumbero yo kubasubiza ku mashure. Sonia Nininahazwe avuka mu gisagara ca…

Gisèle UwimanabyGisèle Uwimana
January 20, 2025
334
Rwanda: Nta pikipiki idakoresha umuyagankuba yemerewe gushirwa kw’isoko
Climat

Rwanda: Nta pikipiki idakoresha umuyagankuba yemerewe gushirwa kw’isoko

Reta y'u Rwanda yarafashe ingingo, kuwa 13 Nzero 2025, yo gukura kw’isoko amapikipiki yose adakoresha umuyagankuba mu ntumbero yo gukingira ibidukikije . Nk’uko tubikesha ikinyamakuru BBC Gahuzamiryango, iryo tegeko…

Gisèle UwimanabyGisèle Uwimana
January 15, 2025
300
Calfornia:Mbega amajambo Nikki Glaser yavuze niyo yoba yatumye umuriro utongora Los Angeles?
Diaspora

Calfornia:Mbega amajambo Nikki Glaser yavuze niyo yoba yatumye umuriro utongora Los Angeles?

Muri reta zunze ubumwe za America mu gisagara c'i Los Angeles muri leta ya Calfornia,umuriro gushika n'ubu uracarandagata ivyaho harimwo n'amazu y'ibihangange mu mumuziki wa America,gushika ubu hakaba…

Gisèle UwimanabyGisèle Uwimana
January 13, 2025
351
Rutana:Imirima y’umu diaspora yarasahuwe iyindi ironeshwa
Agriculture

Rutana:Imirima y’umu diaspora yarasahuwe iyindi ironeshwa

Imirima igizwe n'ibiraya hamwe n'ibiyoba iri ku mitumba ya Rongero na Birongozi muri komine n'intara ya  Rutana y'umurundi asanzwe aba mu gihugu ca Canada yarasahuwe iyindi ironeshwa,agasaba abarongozi…

Gisèle UwimanabyGisèle Uwimana
January 5, 2025
526
Abaririmvyi b’abarundi badafitaniye urukundo umuziki ntaho woshika
Divertissement

Abaririmvyi b’abarundi badafitaniye urukundo umuziki ntaho woshika

Umuririmvyi w'umurundikazi azwi kw'izina rya Natasha, ni we avuga ko urukundo ari rwo rushikana umuziki kure, kuko n'abaririmvyi bo mu bindi bihugu bashika kure kubera gukorera hamwe. Umuririmvyi Natachs…

Gisèle UwimanabyGisèle Uwimana
December 20, 2024
620
1
Matongo:Abanyagihugu basaba kuronswa umuyagankuba
Economie

Matongo:Abanyagihugu basaba kuronswa umuyagankuba

Imyaka ishika kuri 10 irakwiye abanyagihugu baba k’umutumba Matongo muri komine Matongo intara ya Kayanza  aho bita “kwizamu” bemerewe umuyagankuba ariko bakaba batarawuronswa.Uburongozi bwa komine Matongo buremeza ko ishirwa…

Gisèle UwimanabyGisèle Uwimana
December 19, 2024
368
1
Nyabitsinda:Abakorerabushake barasaba agashirukabute bemerewe
Education

Nyabitsinda:Abakorerabushake barasaba agashirukabute bemerewe

Abakorerabushake 14 bo muri komine Nyabitsinda intara ya Ruyigi bishuza ibiro vy'indero hamwe na komine ubwayo amafaranga bita "ay'agasabuni"angana n'imiriyoni 3 mu mafaranga y'amarundi bemerewe…

Gisèle UwimanabyGisèle Uwimana
December 18, 2024
312
1
Abarimyi b’icayi basaba kw’igiciro coduzwa
A la Une

Abarimyi b’icayi basaba kw’igiciro coduzwa

Abarimyi b'icayi bo muri zone Ijenda muri komine Mugongo-Manga intara ya Bujumbura bavuga ko basa n’abakorera ubusa kuko ikiro c'icayi kigurwa amafaranga  y'amarundi 350 mu gihe amafaranga 50 bayakatwa…

Gisèle UwimanabyGisèle Uwimana
December 16, 2024
887
1
Umugwi w’abatimbo baserukira intara ya Bujumbura niwo wasubiriye gutahukana ihiganwa Ku rwego rw’igihugu
A la Une

Umugwi w’abatimbo baserukira intara ya Bujumbura niwo wasubiriye gutahukana ihiganwa Ku rwego rw’igihugu

Ku ncuro igira umunani hatunganywa Ku rwego rw'igihugu imigwi ivuza ingoma iserukira intara ,umugwi w'abatimbo b'i Bujumbura niwo watahukanye Iryo higanwa ryahuje imigwi 33.Umwe mubanyakaranga yariko atanga…

Gisèle UwimanabyGisèle Uwimana
December 13, 2024
756
Hari impfu ziteye amakenga abegeranirijwe muri site Gisagara
Commerce

Hari impfu ziteye amakenga abegeranirijwe muri site Gisagara

Abanyagihugu baba muri site Gisagara iri muri komine Mutimbuzi mu ntara ya Bujumbura basaba kwimurwa muri ico kibanza kuko bemeza ko hari abamaze imisi bitaba Imana mu buryo bavuga ko budatahuritse.Uwurongoye iyo site aremeza…

Gisèle UwimanabyGisèle Uwimana
December 5, 2024
302
Mutimbuzi: Hari indwara ibangamiye imirima y’ibigori
Agriculture

Mutimbuzi: Hari indwara ibangamiye imirima y’ibigori

Abarimyi bo mu gacimbiri Gihora komine Mutimbuzi,intara ya Bujumbura bavuga ko imirima yabo y'ibigoro ibangamiwe muri kino gihe n'udukoko turya amababi hanyuma ibigori bimaze gufatwa ntibiba bigiheka.Abajejwe…

Gisèle UwimanabyGisèle Uwimana
December 4, 2024
426
Matongo:Abasangwabutaka baba Ibukiranzuki  barasaba gusakarirwa amazu
A la Une

Matongo:Abasangwabutaka baba Ibukiranzuki barasaba gusakarirwa amazu

Imyaka 20 iraheze imiryango y'Abatwa baba mu gacimbiri Bukiranzuki muri komine Matongo ntara ya Kayanza  bubakiwe amazu ariko ntibarasakarirwa Abo basangwa butaka bavuga ko bubakiwe muri ayo mazu hagati y'umwaka wa…

Gisèle UwimanabyGisèle Uwimana
November 28, 2024
313
Burundi: Haracari agahaze kugira amabi akorerwa abakenyezi aranduranwe n’imizi
Amakuru mu kirundi

Burundi: Haracari agahaze kugira amabi akorerwa abakenyezi aranduranwe n’imizi

Abigeme biga muri kaminuza y'Uburundi, bashikiriza ko batabona akamaro k'umusi wahariwe kugwanya amabi akorerwa abakenyezi n'abigeme mu gihe      hacibonekeza abakenyezi canke abigeme bafatwa ku nguvu. Ukwo…

Gisèle UwimanabyGisèle Uwimana
November 26, 2024
300
  • 1
  • 2
  • Next

Latest News

Burundi: Rwasa mubahiganirwa ikibanza c’umukuru w’igihugu 

Burundi: Rwasa mubahiganirwa ikibanza c’umukuru w’igihugu 
Janvier NzokurigombabyJanvier Nzokurigomba
November 21, 2026
102
FacebookTwitter
Pinterest

Burundi : l’insuffisance de l’électricité au cœur du désaccord entre le gouvernement et les industriels

Burundi : l’insuffisance de l’électricité au cœur du désaccord entre le gouvernement et les industriels
Égide NahayobyÉgide Nahayo
November 20, 2026
108
FacebookTwitter
Pinterest

Burundi: abarovyi barasaba kwongererezwa ubuhinga bwo kuroba amafi

Burundi: abarovyi barasaba kwongererezwa ubuhinga bwo kuroba amafi
Janvier NzokurigombabyJanvier Nzokurigomba
November 20, 2026
108
FacebookTwitter
Pinterest

Burundi : igiciro c’icayi ku murimyi kigiye kuduzwa

Burundi : igiciro c’icayi ku murimyi kigiye kuduzwa
Nolis NduwimanabyNolis Nduwimana
November 20, 2026
108
FacebookTwitter
Pinterest

Burundi : le prix d’achat du thé doublé, un nouvel espoir pour les producteurs

Burundi : le prix d’achat du thé doublé, un nouvel espoir pour les producteurs
Nolis NduwimanabyNolis Nduwimana
November 20, 2026
106
FacebookTwitter
Pinterest
Indundi Culture | Radio
Copyright © 2023 IndundiCulture Radio - IndundiCulture Radio.
  • Qui nous sommes
  • Programmes
  • radio
  • Actualités
    • Culture
    • Education
    • Sante
    • Economie
    • Environement
    • Politique
    • Justice
    • Droits de l’homme
    • Sport
    • Société
    • sécurité
    • Coopération
    • Divertissement
  • Magazine
  • Journaux
    • Journal en Français
    • Amakuru mu kirundi
  • Contacts
  • Language
  • Grille des programmes
  • IndundiRadioLive
Indundi Culture | Radio
  • Qui nous sommes
  • Programmes
  • radio
  • Actualités
    • Culture
    • Education
    • Sante
    • Economie
    • Environement
    • Politique
    • Justice
    • Droits de l’homme
    • Sport
    • Société
    • sécurité
    • Coopération
    • Divertissement
  • Magazine
  • Journaux
    • Journal en Français
    • Amakuru mu kirundi
  • Contacts
  • Language
  • Grille des programmes
  • IndundiRadioLive
Copyright © 2023 IndundiCulture Radio - IndundiCulture Radio.

Login

Welcome, Login to your account.

Forget password?

Register

Welcome, Create your new account

No account? Go to Sign In

Recover your password.

A password will be e-mailed to you.

Sign In
Indundi Culture | Radio
Live radio & news in one app
Open