Umurimyi w’ikawa agiye kuhatorera akoyoko
Umushikirangaji muvyo ajejwe harimwo uburimyi n'ubworozi avuga ko ubu amafaranga mva makungu azova mu giterwa c'ikawa ubu n'umurimyi azoshikirwa. Ni mugihe ubu ikiro c'ikawa kigurwa amafaranga mva makungu…
Umushikirangaji muvyo ajejwe harimwo uburimyi n'ubworozi avuga ko ubu amafaranga mva makungu azova mu giterwa c'ikawa ubu n'umurimyi azoshikirwa. Ni mugihe ubu ikiro c'ikawa kigurwa amafaranga mva makungu…
Mu gisagara ca Bujumbura ukwo imisi ihera niko inzu zo gupanga ziduzwa ibiciro, ivyo bigatuma abapangayi bidoga kuko babona ko bitera uruhagarara mu gihe ivyo bakora canke agashahara kabo kataba kaduze kuri ugwo…
Umuvuga butumwa akaba n'umuririmvyi w'indirimbo zihimbaza Imana Pasteur Lopez Nininahazwe ariko abonekamwo impano ikomeye cane y'Uburundi aho ari muri bamwe bariko basubiza akanovera indirimbo zihimbaza Imana…
Muri wa mugambi wo kwubaka isoko nkuru ya Bujumbura "Buja City Plaza", Fabrice Manirakiza asanzwe ajejwe ivyo bikorwa mw'ishirahamwe Ubaka Nation Group avuga ko iyo soko ya Bujumbura niyamara kwubakwa hazoca…
Umuririmyi w'umurundi azwi kw’izina rya Vichou Love avuga ko adashobora kuja kuririmbira mu makungu mu gihe abona ko yovayo umufuko utuzuye amafaranga kuko yipfuza kuba umuririmvyi mpuzamakungu gutyo yinjize…
Uwuserukira ishirahamwe OLUCOM ryitaho kugwanya ibiturire n'isesagurwa ry'amatunga ya reta mu Burundi,avuga ko gushika ubu icaturiye isoko nkuru ya Bujumbura yadukamwo umuriro cobazwa reta ubwayo kuko…
Imyaka 10 iraheze ikiraro co k'uruzi Kanyosha gihuza karitiye ya kibenga na Gisyo kibomotse, ivyo bigatuma imigenderanire hagati yayo makaritiye itoroha kuko mu kujabuka bisaba guhekwa, bagasaba ko hokwubakwa ikiraro…
Abana bashika 100 bari barataye amashure kumvo z'ubukene bariko baregeranywa n'umurundikazi asanzwe aba mu gihugu ca Tchad mu ntumbero yo kubasubiza ku mashure. Sonia Nininahazwe avuka mu gisagara ca…
Reta y'u Rwanda yarafashe ingingo, kuwa 13 Nzero 2025, yo gukura kw’isoko amapikipiki yose adakoresha umuyagankuba mu ntumbero yo gukingira ibidukikije . Nk’uko tubikesha ikinyamakuru BBC Gahuzamiryango, iryo tegeko…
Muri reta zunze ubumwe za America mu gisagara c'i Los Angeles muri leta ya Calfornia,umuriro gushika n'ubu uracarandagata ivyaho harimwo n'amazu y'ibihangange mu mumuziki wa America,gushika ubu hakaba…
Imirima igizwe n'ibiraya hamwe n'ibiyoba iri ku mitumba ya Rongero na Birongozi muri komine n'intara ya Rutana y'umurundi asanzwe aba mu gihugu ca Canada yarasahuwe iyindi ironeshwa,agasaba abarongozi…
Umuririmvyi w'umurundikazi azwi kw'izina rya Natasha, ni we avuga ko urukundo ari rwo rushikana umuziki kure, kuko n'abaririmvyi bo mu bindi bihugu bashika kure kubera gukorera hamwe. Umuririmvyi Natachs…
Imyaka ishika kuri 10 irakwiye abanyagihugu baba k’umutumba Matongo muri komine Matongo intara ya Kayanza aho bita “kwizamu” bemerewe umuyagankuba ariko bakaba batarawuronswa.Uburongozi bwa komine Matongo buremeza ko ishirwa…
Abakorerabushake 14 bo muri komine Nyabitsinda intara ya Ruyigi bishuza ibiro vy'indero hamwe na komine ubwayo amafaranga bita "ay'agasabuni"angana n'imiriyoni 3 mu mafaranga y'amarundi bemerewe…
Abarimyi b'icayi bo muri zone Ijenda muri komine Mugongo-Manga intara ya Bujumbura bavuga ko basa n’abakorera ubusa kuko ikiro c'icayi kigurwa amafaranga y'amarundi 350 mu gihe amafaranga 50 bayakatwa…
Ku ncuro igira umunani hatunganywa Ku rwego rw'igihugu imigwi ivuza ingoma iserukira intara ,umugwi w'abatimbo b'i Bujumbura niwo watahukanye Iryo higanwa ryahuje imigwi 33.Umwe mubanyakaranga yariko atanga…
Abanyagihugu baba muri site Gisagara iri muri komine Mutimbuzi mu ntara ya Bujumbura basaba kwimurwa muri ico kibanza kuko bemeza ko hari abamaze imisi bitaba Imana mu buryo bavuga ko budatahuritse.Uwurongoye iyo site aremeza…
Abarimyi bo mu gacimbiri Gihora komine Mutimbuzi,intara ya Bujumbura bavuga ko imirima yabo y'ibigoro ibangamiwe muri kino gihe n'udukoko turya amababi hanyuma ibigori bimaze gufatwa ntibiba bigiheka.Abajejwe…
Imyaka 20 iraheze imiryango y'Abatwa baba mu gacimbiri Bukiranzuki muri komine Matongo ntara ya Kayanza bubakiwe amazu ariko ntibarasakarirwa Abo basangwa butaka bavuga ko bubakiwe muri ayo mazu hagati y'umwaka wa…
Abigeme biga muri kaminuza y'Uburundi, bashikiriza ko batabona akamaro k'umusi wahariwe kugwanya amabi akorerwa abakenyezi n'abigeme mu gihe hacibonekeza abakenyezi canke abigeme bafatwa ku nguvu. Ukwo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.