Inama nshingamateka yemeje kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 06 Gitugutu 2026 integuro zitatu z'amabwirizwa zirimwo iyijanye no kunagura integuro y'ibwirizwa rikuraho impusha canke Visa ku barundi bafise impapuro…
Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yongeye kwizera Désiré Manirakiza ngo abandanye kurongora umugambi w'igihugu PAEEJ ujejwe kugwiza akazi mu rwaruka no kurushigikira mu migambi yarwo. Biri mw'itegeko…
Kuri uyu w’Imana waraye uheze igenekerezo rya 06 Gitugutu 2025 igihe c’isaha icenda ( 15h00) niho umugwi Flambeau du Centre w’i Gitega wakira umugwi Aigle Noir ku kibuga citiriwe Intwari mu rukino rw’indwi igira indwi rwa…
Imigwi itatu y'abadashikana imyaka 18 bakina urukino rw'amaboko rwo ku musenyi #Beach_Volleyball yafashe urugendo ku muhingamo wo kuri uwu w'Imana igenekerezo rya 5 Gitugutu 2025, aho yitavye ihiganwa…
Inyuma y’imyaka igera kuri 13 akina mu gihugu c’Urwanda mu migwi nka APR Fc , Rayon Sports , Kiyovu Sports , Kizigenza wa kera w’intamba mu rugamba Nizigiyimana Karim Makenz yaraye ahawe ubwene gihugu bw'u Rwanda .…
Ku ncuro igira 5 Uburundi bugiye kwakira iryo higanwa mpuzamakungu kuva kw'igenekerezo rya 5 gitugutu gushika kurya 11 gitugutu 2025 mu rukino rwo gusiganwa ku makinga mu gisata c'abigeme. Iryo higanwa…
Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 03 Gitugutu 2025 igihe c’isaha indwi ( 13h00) , niho Staff y’Intamba mu rugamba isanzwe iba ku mugabane wa Buraya irongowe n’umumenyereza mukuru w’umugwi nserukira gihugu w’intamba mu…
Bivugwa na Lydia Nsekera asanzwe arongoye CNO mu Burundi, avuga ko hategekanijwe imiriyaridi 30 (30.000.000.000 Fbu) kugira hubakwe ico kibuga gisakaye c'inkino z'umupira w'amaboko Arena. Akaba yabivugiye mu…
Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB ryaraye rishize ku mugaragaro ibiciro vy’amatike y’urukino ruzohuza Intamba mu rugamba na Kenya kw'igenekerezo rya 09 Gitugutu 2025 ku kibuga Intwari. Ayo matike yatanguye…
Kizigenza w’intamba mu rugamba Nsabiyumva Frederic Ntazoboneka mu nkino 2 Uburundi bwimirije gukina n’igihugu ca Kenya hamwe na Gabon muri kuno kwezi kwa Gitugutu. Ku musi wa mbere niho umumenyereza w’intamba mu rugamba…
Iyo ubworozi bw'imbata bukozwe neza buratuma haboneka kare inyungu nk'uko bamwe mu bazororeye mu ntara ya Bujumbura bavuga. Imbata ziri mu bitungwa biguruka bidakunze guterwa n'indwara. Urbain Kwizera ni…
Abanyagihugu bo muri karatiye ya Kamesa barashima ko basubiye kuronka amazi inyuma yaho igikono cari camenetse gisubirijwe. Uwu agira ati: "Ico kigira kabiri, ica mbere caramenetse aha ndiko ndarengana ayo mazi…
Umumenyereza w’umugwi Aigle Noir Jimmy Ndayizeye co kimwe n’uwujejwe kwongereza inguvu mu mugwi Aigle Réverien Mbanzendore ndetse n’abakinyi ba Aigle Noir Cs bose baheruka gutumwako mu mugwi nserukira gihugu w’Uburundi…
Umugwi Muzinga Fc wahagaritse umuvuduko umugwi Aigle Noir Cs wariko mw’ihiganwa rya Primus League. Hari kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 01 Gitugutu 2025 igihe c’isaha icenda ( 15h00) ku kibuga citiriwe Intwari aho umugwi…
Inyuma yo gukina inkino zibiri z'umugwi nserukira gihugu intamba mu rugamba mu bigeme batarenza imyaka 20 akazitakaza zose imbere y'umugwi nserukira gihugu wa Zambiya, aho urukino rwa mbere yatsinzwe n'ico…
Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru muri Africa CAF ryaraye rishize ahabona abahagarikizi bazohagarikira urukino rwo kurondera itike y’igikombe c’isi c’umwaka wa 2026 ruzohuza umugwi nserukira gihugu w’Uburundi intamba mu…
Mu bidandazwa vyemerewe guca ku mupaka wa Gatumba, ibitoro ntivyemerewe kuhaca. Nk'uko biri mw'itangazo ryasohowe n'ikigo c'igihugu kijejwe kwegeranya amatagisi n'amakori OBR, birabujijwe ko ibitoro…
Amafaranga angana n'ibihumbi mirongo icenda vy'amadorari ya Amerika niyo ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB yahawe n'ishirahamwe 1xbet. Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB ryagiraniye…
Umumenyereza w’Intamba mu rugamba Patrick Sangwa Mayani yashize ahabona abakinyi 26 azokwifashisha mu nkino zibiri zo kurondera itike yo kwitabira igikombe c’isi c’umwaka wa 2026. Uburundi bwimirije gukina n’igihugu ca Kenya…
Ukuvura abana bavukanye indwara z'umutima birashoboka mu Burundi mu bitaro vy'igisirikare co mu Kamenge. Muganga yanonosoye kuvura indwara z'umutima akaba arongoye n'ivyo bitaro Marc Nimburanira amenyesha…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.