Nk'uko bivurwa n'abanyagihugu begereye umurwa mukuru wa zone Kigamba muri komine Cankuzo intara ya Buhumuza ahubatswe ibitaro vya Kigamba bababazwa no kubona ivyo bitaro bimaze imyaka 2 bishikiririjwe n'intwaro…
Ku ncuro ya gatatu urubanza ruri hagati y'umushingamateka Agathon Rwasa n'uburongozi bw'umugambwe CNL burongowe na Nestor Girukwishaka ruhabwa isango ngo rwumvirizwe mw'ido n'ido ku magenekerezo ya 27…
Perezida wa Ukraine Volodymyr Zelenskyy yakuye umushikiranganji wo kwivuna abansi Mykhailo Fedorov, inyuma y’amezi atandatu yari amaze muri ayo mabanga. Ukwirukanwa kwiwe kwarateye imvururu nyinshi mu gihugu, cane cane kubera…
Abarenga ibihumbi 53 birukanwe mu gikorwa gikomeye co gucungera no gusuzuma abanyamahanga batagira ivyangombwa bibemerera kuba muri Afrika y'epfo. Leta ya Afrika y'epfo yatangaje ko ico gikorwa kiri mu ngingo…
Umuriro ukomeye cane wadutse mu kibira ca Fontainebleau, kiri mu bumanuko bushira ubuseruko bw'umurwa mukuru w'Ubufaransa, Paris, watumye inzego zijejwe umutekano n’ugutabara mu bihe vy'ibiza n'isibe…
Abakuru b’ibihugu bigize ishirahamwe NATO bahuriye i Ankara, umurwa mukuru wa Tirikiya kuri uno wa kabiri, igenekerezo rya 7 Mukakaro 2026, mu nama ikomeye yo kwihweza ibibazo vy’umutekano, ingene bofasha Ukraine hamwe…
Mu gihugu ca Tanzania, umutekano wongerejwe cane mu bisagara bitandukanye, cane cane mu murwa mukuru w’ubutunzi Dar es Salaam, imbere y’igenekerezo rya 7 Mukakaro 2026 bita Saba Saba mu rurimi rw'igiswahili mu gihe…
Nk'uko amakuru aheruka gutangwa n'abategetsi ba Ukraine abivuga bari batanganjeko hamaze kw'itaba imana abantu 5 ariko gushika ubu hakaba hiyongereyeko ibindi bitigiri vy'avyabahitanwe n'ibitero…
Ukurwiza canke guhindura imivyaro y’ibiti vy’ivyamwa canke kubangurira ibizwi nka «Greffage» mu rurimi rw'igifaransa, biriko birijukirwa na bamwe mu banyagihugu bo mu gisagara ca Bujumbura. Bimwe mu vyamwa biriko…
Mu gihe abanyeshure bari mu buruhuko bukuru, usanga abana benshi bariko barakora ibikorwa bitandukanye. Hari abakorera mu mirima, abafasha abavyeyi mu mirimo yo muhira, abadandaza utuntu dutoduto, abiga imyuga nk'ugusona…
Ishirahamwe LINOX rifadikanije n'ubushikiranganji bw'urwaruka inkino n'imicokama hamwe n'ubushikiranganji bw'ubudandaji amahinguriro n'ingenzi barateguye isabukuru yiswe source of culture, (isoko…
Umuryango w'umweranda Piyo wa X uranegura impinduka yashizweho n'inama nkuru y'i Vatikano, uguma ushimikira ku misa ya kera y'ikilatini. Uwo muryango ufise abayoboke bashika ku bihumbi 600 kw'isi, ni…
Reta y'Ubuhindi yasavye urubuga rwa WhatsApp guhagarika gushira mu ngiro uburyo bwayo bushasha bwemerera abakoresha kwiyandikisha bakoresheje izina ryihariye (username) aho gukoresha inomero za telefone, mu gihe…
Perezida wa Koreya y’epfo, Lee Jae Myung, yasavye ko hakorwa amatohoza yimbitse kugira hamenyekane icatumye umugwi w’igihugu w’umupira w’amaguru usezererwa hakiri kare mu gikombe c’isi c’umwaka wa 2026. Ni inyuma y’aho Koreya…
Leta ya Uganda yatangaje ko yatanguje umugambi wo gukura amajana y'abanyagihugu bayo baba muri Afrika y'epfo, inyuma y'aho ubwicanyi n'urwanko vyugarije abanyamahanga vyongerekaniye, bugahitana…
Repubulika iharanira demokarasi ya Congo (RDC) yitwariye Urwanda mu sentare mpuzamakungu mpanavyaha, irwagiriza gukora ihonyabwoko no kurenga ku mategeko mpuzamakungu. Mu rubanza rwatanzwe kuri uyu wa gatanu, igenekeeezo rya…
Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 25 Ruheshi 2026, Umutambukanyi w’Umukuru w’Igihugu c’UUburundi Angeline Ndayishimiye yakiriye mu mubonano Jude-Marie Banatte, umuyobozi wa Catholic Relief Services (CRS) ajejwe akarere ka…
Kim ju Ae, umukobwa wa Perezida wa koreya ya ruguru, Kim Jong Un ariko arashirwa imbere mu bikorwa bikomeye vy'igihugu. Ivyo bikaba vyatumye hibazwa nimba ariko arategurwa kuzomusubirira ku butegetsi bw'ico gihugu…
Ubushuhe burenze bwugarije umugabane wa Buraya burateye ikibazo gikomeye. Mu Bufaransa, bwarengeje degré Celsius 44 mu bice bimwe bimwe vy'igihugu. Abantu barenga 40 bamaze kwitaba Imana. Benshi muri bo bakaba bapfiriye…
Mu gihe intambara hagati ya Ukraine n'Uburusiya ikomeje kwiyongera, Ukraine yongereje ibitero ikoresha indege zitagira abazitwara, "drones", n'ibindi bikoresho vya gisirikare mu karere ka Crimea, kari mu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.