Muri kino gihe, kimwe mu bintu biriko biravugwa cane muri Afrika ni ukwiyongera kw’urwaruka rushaka kuja hanze y’ibihugu vyabo. Benshi barota kuja i Buraya, muri Amerika, Canada canke mu bihugu vya Aziya n'ahandi kugira…
Umukuru w'igihugu cu Burundi Evariste Ndayishimiye yasavye ko inama y'umutekano y'ishirahamwe mpuzamakungu ONU isubirwamwo kugira Afrika ironke ubuserukizi budahoraho gusa ahubwo bwama bujanye n'ubwinshi…
Mu gihugu kibanyi ca repubirika iharanira demokarasi ya Congo, ingwara ya Ebola iriko itera intuntu abanyagihugu baho. Imiryango myinshi irabura uburyo bwo gufubana iteka abayo bahitanwa n'iyo ngwara. Agihinda…
Umukuru w'igihugu c'u Rwanda, Paul Kagame yaraye akeje umugwi wa Arsenal F.C inyuma yo gutahukana igikombe ca shampiyona y'ubwongereza, première League muri uyu mwaka w'inkino. Mu butumwa yashize ku rubuga…
Ingingo zo kwirinda ingwara ya Ebola ivugwa mu bihugu vya RD Congo na Uganda zongerejwe ku rubibe rwa Gatumba rugabura Uburundi n'igihugu ca Congo. Abavuye muri ico gihugu ubu babwirizwa gupimwa ubushuhe no gukaraba,…
Umunyakenyakazi Rachel Wandeto, yamenyekanye cane ku mbuga ngurukanabumenyi inyuma yo kwishushanya ku mubiri wiwe isanamu ya perezida wa kenya William Ruto, yitavye imana atewe n'abantu bataramenyekana. Uwo mukenyezi…
Abakorera mu gisata c'ugutwara abantu n'ibintu mu gihugu ca kenya batanguye imyiyerekano yo guhagarika ibikorwa vy'ubwikorezi bwa rusangi mu kwiyamiriza iduga ry'ibiciro vy'ibitoro riheruka gushirwaho…
Mu myaka iheze, igitigiri c’urwaruka ruheza amashure mu Burundi cariyongereye cane. Buri mwaka, amashure ya kaminuza, ay’imyuga hamwe n’ayisumbuye arasohora urwaruka rwinshi rufise indoto zo kwinjira mu buzima bw’akazi mu…
Mu rukino rukomeye rwa El Clasico, FC Barcelona yaraye itsinze ibitsindo 2-0 ironka igikombe ca Laliga cabereye muri gihugu ca Espagne ku ncuro igira 29. Marcus Rashford niwe yatanguye kwugurura amazamu ku mupira ukunze…
Hahimbazwa mu Burundi kuri uyu wa 9 rusama 2026, umusi mpuzamakungu wahariwe abanonosoye ibijanye n'amagara y'abavyeyi n'ibibondo "sages femmes". Emelyne IYIZIRE arongoye ishirahamwe…
Mu gihe benshi bavuga ko ubuzima bugoye kandi ko kuronka akazi bitoroshe, hari urwaruka ruriko rwerekana ko gwihangana. Kugira intumbero no gukora cane bishobora guhindura ubuzima. Umusore yitwa Eric Ndayishimiye aba mu…
Mu Burundi no mu karere ka Afrika y'ubuseriko, ubucuruzi buriko buraba inkingi y'iterambere ry'ubutunzi n'ukwitunganiriza imigambi. Ariko n'aho hari amahirwe menshi, abenshi bama batangura ubucuruzi…
Perezida wa repuburika iharanira intwaro rusangi ya Congo Félix Tshisekedi, yavuze ko ashobora kwemera kwiyamamaza mu gihe yoba asabwe n'abanyagihugu ko yokwongera gutwara ico gihugu mu kindi kiringo ca gatatu. Mu…
Umugabo umwe yahora aba mu gace kagira kane ico bita cellule muri karitiye Gisyo ya zone Kanyosha muri komine Mugere mu ntara ya Bujumbura yari yakorokeye mu kimanga gishikiramwo amazi y'imvura n'amazi mabi ava mu…
Umukuru w'Igihugu ca Kenya William Ruto yashimiye Sebastian Sawe yerekana ko instinzi yaronse ari ikimenyetso c'ukwihangana agirako aramushikiriza ku mu garagaro ibendera ry'ico gihugu ca kenya ku biro…
Umutegetsi wo muri White House yatangaje ko Perezida Donald Trump ashigikiye ubuyobozi bw'igipolisi kirinda abakuru b'ibihugu "Secret Service" inyuma y'iraswa ryabereye muri hoteli i Washington DC ku…
Kurungikira amafaranga umunywanyi akoresha umuhora canke ibanki itandukanye n'iyo urimwo biciye kuri telephone ubu birashoboka muri BurundiPay, ubuhinga bushsha bwatangujwe n'ibanki nkuru y'igihugu BRB, i…
Umukuru w'ibiro bishinzwe gutohoza ivyabaye bijanye n'ihungabana ry'umutekano imbere no mu gihe c'amatora rusangi yo wu 29 Gitugutu muri Tanzania, umucamanza Mohamed Chande yamenyeshe ko vyoba vyiza cane…
Ku wa 28 Ndamukiza, Leta y'Uburundi izotanguza isekeza ry'igihugu ry'ugucandaga abantu indwara ya kanseri yo mu mugitereko ku bakobwa. Iryo sekeza, rizomara imisi itatu, ryerekeye abakobwa bafise imyaka 9…
Evariste Ndayishimiye, Umukuru w'Igihugu c'Uburundi yamaze gushika muri Burukina Faso. Agishika ku kibuga c'indege co ku murwa mukuru Ouagadougou, yakiriwe na mugenzi we Capitaine Ibrahim traoré. Traoré…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.