Muri wa mugambi wo kwubaka isoko nkuru ya Bujumbura "Buja City Plaza", Fabrice Manirakiza asanzwe ajejwe ivyo bikorwa mw'ishirahamwe Ubaka Nation Group avuga ko iyo soko ya Bujumbura niyamara kwubakwa hazoca…
Umugwi nserukiragihugu Intamba mu rugamba w'abigeme muri Basketball, ku muhingamo wo kuri uwu wa gatanu igenekerezo rya 31 Nzero 2025 wafashe urugendo rubashikana mu gihugu ca Egiputa. Witabiriye ihiganwa ryitiriwe…
Niyongabo Dior umwe mu barongoye umugwi MW team avuga ko ari umugwi ugizwe n'abantu batatu ariko umwe niwe atagaragaye muri iyo ndirimbo bise “Natura ijambo“. Iyo ndirimbo bayanditse bayikuye mw'ijambo bigishijwe…
Urudandazwa rw'inyama z'inka rusigaye ari akananirabahinga muri komine Bugendana intara ya Gitega aho yari ikomine yakunda kurangwamwo inyama nyinshi cane. Umwe mu bayanga inyama avuga ko urudandazwa rw'aho…
Umukinyi w'umusatirizi m'umupira w'amaguru wo m'umugwi userukira igihugu Intamba mu rugamba azwi kw'izina rya Bimenyimana Bon Fils Caleb ntakibarizwa muri Zob Ahan Eshfan. Kuri uyu wa…
Umuririmyi w'umurundi azwi kw’izina rya Vichou Love avuga ko adashobora kuja kuririmbira mu makungu mu gihe abona ko yovayo umufuko utuzuye amafaranga kuko yipfuza kuba umuririmvyi mpuzamakungu gutyo yinjize…
Abahora bapfungiwe mu gasho ka mpimba bahowe ivyo gutigira kuri uwu wa 29 Nzero 2025 (Batting)bapfunguwe. Abakinyi 5 hamwe n'umumenyereza b'umugwi Academy Deira bari bamaze imisi bapfungiwe mu Mpimba kumvo zo…
Inama nkenguzamateka y'Uburundi inyuma yo gukora amatohoza kugihe c'intwaro ya bakavamahanga n'ingaruka zavuye k'ihindurwa ry'intwaro ryakozwe n'ababiligi mu 1925, yerekana ko atayindi…
Afatiye k’ukungene ibijanye n'intwaro, ubutunzi be n'imibano vyari bitunganijwe imbere y'umuzo w'abakoloni, Emmanuel Sinzohagera ashikiriza ko ubumwe bw'abarundi bwabonekera mw'itunganywa…
Inyuma y'imyaka 12 ata mugwi nserukira gihugu w'umupira w'amaboko basketball w'abigeme witabira amahiganwa mpuzamakungu, uwo mugwi ugiye gusubira guserukira Uburundi. Kuri uwu gatunu igenekerezo rya…
Bamwe mu banyagihugu baba ku mutumba Gasenyi-Nyakabondo, Komine Mutimbuzi iri mu ntara ya Bujumbura bamenyesha ko umuntu umwe amaze kwitaba Imana, abandi batandatu barakomereka mu kiringo c’ukwezi kumwe biturutse ku busuma…
Uwuserukira ishirahamwe OLUCOM ryitaho kugwanya ibiturire n'isesagurwa ry'amatunga ya reta mu Burundi,avuga ko gushika ubu icaturiye isoko nkuru ya Bujumbura yadukamwo umuriro cobazwa reta ubwayo kuko…
Umukinyi wa kera w’umugwi Aigle Noir Cs w’i Makamba muri kino gihe asanzwe akina mu Bufaransa mu mugwi OGC Nice Youssouf Ndayishimiye yemereye abakinyi ba Aigle Noir Cs agashirukabute. Hari kuri uyu w’Imana…
Hari indwara ibangamiye imirima y’ibigori ku mutumba Bigera,zone Rwasari muri komine Mutaho mu ntara ya Gitega .Abarimyi bashikiriza ko n’imiti yo gupompa itaboneka,ibishobora gutuma umwimbu utaba mwiza,bagasaba ababijejwe…
Bamwe mu basanzwe barangurira imirimo ku nkengera z'ico kiyaga bemeza ko haheze ikiringo ata mvubu canke ingona bihitanye ubuzima bw'umuntu . Abajejwe intwaro muri komine ntahangwa bemeza ko zaheruka kwica…
Mista Champagne avuga ko muri uyu mwaka atagiye kuvyorosha ku ndirimbo agiye gusohora hamwe n'umuririmvyi Innoss’B,iyo ikaba impamvu yagurishije imodokari yahorana. Uwo muririmvyi amenyeshako iyo ndirimbo izokorerwa…
Umumenyereza w’umurundi Etienne Ndayiragije abandanya yandika amateka mu gihugu ca Kenya. Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 22 Nzero 2025 ku kibuga ca Kenyatta Machakos, niho umugwi Police Fc usanzwe umenyerezwa…
Inka icenda ziramaze gufatwa n'ingwara ya suna mu bice bimwe bimwe vyo mu ntara ya Kayanza cane cane mu makomine abiri. Nko muri Komine Gahombo hamaze kwibonekeza inka 7 zimaze gufatwa niyo ngwara : 6 ku musozi wa…
Impaga umugwi Amasipiri Fc uheruka guterwa n’umugwi Olympique Star itumye FFB igabisha uwo mugwi. Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 22 Nzero 2025 niho igisata kijejwe gutunganya amahiganwa muri FFB cemeje ko umugwi…
Umukinyi w’umurundikazi asanzwe akina mu gihugu ca Tanzania mu mugwi Simba Queens Asha Jaffari yaraye abiciye biracika. Hari kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 22 Nzero 2025 ku kibuga ca KMC Complex aho umugwi Mlandizi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.