Intunganyo nshasha igamije kwegereza ubutungane abanyagihugu irakengurukwa ariko ikongera igatera amakenga nkuko vyemezwa n’abanyagihugu bo muri komine Makamba, mu ntara ya Burunga. Hari abashima ko ingendo zizogabanuka,…
N’ubwo itegeko rishiraho Sentare z’intango n’izo igihugu ari ryiza mu ntumbero yo kwegereze ubutungane abanyagihugu, haracariho agahaze kugira zitunganirize neza abarundi. Vyashikirijwe n’umuhuzabikorwa w'ishirahamwe…
Bamwe mu barovyi bakorera ku nkengera z'ikiyaga Tanganyika n'abava mu myeha itandukanye baganiriye na Radio Indundi Culture ntibabona kumwe ingingo yo kwugara ikiyaga. Bamwe berekano ko ari ingingo nziza kuko bituma…
Ivyatumye ingwara ya Choléra yarasubiriye kugwira muri iyi ndwi cane cane muri zone ya Kinama, Komine Ntahahangwa mu gisagara ca Bujumbura, harimwo inyifato itameze neza y'abanyagisagara baba mu burere buhanamiye iyo…
Umugambi wo kwubaka urugomero rwa Kajeke umaze hafi imyaka 16 woba ugiye guherahezwa? Kuri uyu wa 1 Ndamukiza 2026, Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye yarakiriye ku kirimba kwa Ntare uwurongoye ikigo mpuzamakungu…
Ivyaturikiye mw'ikambi y'abasirikare iri muri zone Musaga ngo nta sano bifitaniye n'ivy'abasirikare boba banka kuja muri Repubirika iharanira demokarasi ya Congo. Bishikirizwa na General de Brigade Gaspard…
Umukuru w'Igihugu ca reta zunze ubumwe za Amerika Donald Trump yamenyesheje ko Amerika izova muri Iran mu ndwi zibiri canke zitatu ziri imbere mu gihe bazoba bageze ku masezerano canke batayagezeko. Donald Trump avuga ko…
Abicishije ku rubuga rwa X, Umukuru w'Igihugu, Evariste Ndayishimiye yahumurije abarundi ku vyago vyaraye bibaye mw'ikambi y'abasirikare iri muri zone Musaga, Komine Muha mu gisagara ca Bujumbura, mw'ijoro…
Bamwe mubakenyezi bageze muzabukuru babayeho mubuzima bubi kuko hari ababayeyo basegerereza mumabarabara haba mugisagara ca Bujumbura canke muntarata zo hagati mu gihugu. Ishirahamwe Urisanze riri muri quartier Carama…
Mugihe muri Ndamukiza 2026 mu Burundi hazotangwa urucanco rwa cancer yo mubwinjiriro bw'igitereko ''cancer du col de l'uterus'' kubigeme bakiri bato, intambwe zose zo kugira urwo rucanco rutangwe…
Umuririmvyi munago niwe umwanditse w'indirimbo "UMVE RAP" avuga ko iyo ndirimbo yamufashe ikirigo c' ukwezi kumwe kugira ngo isohoke ariko kandi bitari vyoroshe mukwandika kuko yahajeje kuyandika mu ndwi…
Reta y'u Burundi ivuga ko itabuza abantu kuja kwisumamwo mubindi bihugu,ariko ko ishaka ko abagenda , bagenda baciye munzira zizwi. Kugira ivyo bishoboke, ubushikiranganji bujejwe imigenderanire y'Uburundi…
Abatundi bahora mu gihugu ca Tanzaniya bariko barahunguka barashima ukuntu bakirwa mu kibano. Ni ku mutumba wa Muka uri muri zone Bumba muri komine Gisagara mu ntara ya Buhumuza ni ku mupaka ni gihugu ca Tanzania uriko…
Isoko nkuru ya commune Rumonge intara ya Burunga igiye kwubakwa igerekwe gatatu. Vyavuzwe na musitanteri w'iyo commune Augustin Minani kuri uyu w'Imana igenekerezo rya 01.03.2026 ,munama yamuhuje n'imvukira za…
Abipfuza gukurikirana ivyigwa mu gice ca kabiri ca kaminuza mu bisata vyo gufungurira abantu no guhingura ibifungugwa barakoze ku ncuro ya kane ikibazo kibaha uburenganzira bwo kwiga ivyo bisata mu kigo EANSI. Abigisha muri…
Kurubibe rwa Gatumba rugabura RD.Congo n'Uburundi abahakorera imirimo itandukanye basubiye kimirimo, inyuma yaho kuri uyu wa 23 Ruhuhuma urubibe rwa Gatumba rwuguruwe inyuma y'amezi arenga abiri rwugawe.…
Mu mezi atatu aheze, Polisi yo mu gisagara ca Londres (Metropolitan Police) yatanguye gusubira kwihweza ivyagiriji vy’urudandaza rw’ abantu mu buryo bunyuranye bijanye n’ivyaha vy’umunyamitahe rurangiranwa Jeffrey Epstein,…
Ibikoresho abantu bakunze gukoresha mu kwisa canke muku bisiga aba client babo arivyo make-up bahora bibuka kubi girira isuku, harimwo uturoso,eponji,amavuta yo kumunwa ,mbega hoho uribuka nigihe uheruka uherukira kugura ivyo…
Inyuma yaho abantu icenda bitabiye Imana bahitanywe n’isanganya,abanyagihugu agashavu n’ubu ni kenshi biyamiriza ukutubahiriza amategeko kwabatwara ibintu n’abantu.Abo banyagihugu banegura ko n’igipolisi kijejwe uruja n’uruza…
Agahinda ni kenshi ku mutumba wa Nyamure, uri mu zone Gitaba, komine Rutana, intara ya Burunga kuva inyuma y'umutaga wo kuri uyu wa kane, igenekerezo rya 29 Nzero 2026 aho imvura nyinshi ivanze urubura n’umuyaga mwinshi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.